Politique / 28 avril 2026 IJAMBO NYENICUBAHIRO Evariste NDAYISHIMIYE YASHIKIRIJE KU WA 26 NDAMUKIZA 2026 INYUMA YO KWEMEZWA N’IKORANIRO KAMINUZA RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD NGO AZOSERUKIRE UWO MUGAMBWE MU MATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU YO MU 2027.  

Ni akanyamuneza ntangere mfise kuri uyu musi kuntera iteka kugira nze ndabaserukire. Binteye akanyamuneza kuko vyerekana neza ko igikorwa mwari mwanshinze ubwa mbere nakiranguye, kandi mukongera mugashima. Turashimiye rero Imana Mushoboravyose kuko twarabonye ko imigambi idufitiye atari imigambi y’amarushwa, ariko ari imigambi y’amahoro kugira ngo iduhe kazoza n’ukwizigira. Ndashimiye abagumyabanga kuko mutakijuragirika; muzi neza iciza...

Politique / 14 mars 2026 IMPANURO ZISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’UMUKURU W’INAMA NKURU Y’INARARIBONYE MU MUGAMBWE CNDD-FDD

Nyenicubahiro Mana Data Muremyi w’isi n’ijuru, Mana y’Uburundi n’Abarundi, we watuzigamye ukaduha kunezerererwa hamwe uyu musi; nuhabwe icubahiro uyu musi n’ibihe vyose.   Banyakwubahwa muri mu nama nkuru y’inararibonye z’umugambwe CNDD-FDD n’abakenyererarugamba banyu, Nyeniteka Mukuru w’Inama Nkenguzamateka y’Uburundi n’umukenyererarugamba wanyu, Banyakwubahwa muri mu buserukizi bukuru bw’Umugambwe CNDD-FDD, Nyakwubahwa Murongoye Umuhari mwiza w’Abakenyererarugamba ku rwego rw’igihugu,...

Ligue des Femmes, Politique / 13 mars 2026 Umukenyererarugamba Day(5ème edition): Une conférence scientifique de haut niveau à l’intention des Femmes leaders Bakenyererarugamba

Le parti CNDD-FDD a organisé le vendredi, 13 mars 2026, dans les enceintes du Grand Séminaire Jean Paul II de Gitega, une conférence scientifique de haut niveau à l’intention des Femmes leaders Bakenyererarugamba (=femmes membres du CNDD-FDD, ndlr). Cette conférence intervient à la veille de la célébration de la 5ème édition de la journée dédiée...

Politique / 23 février 2026 Le Secretaire General du parti CNDD-FDD intensifie la mobilisation des leaders communaux pour concrétiser la vision 2040-2060

02/02/2026 – 22/02/2026: Vingt jours après le lancement officiel de sa tournée nationale, le Secrétaire général du Parti CNDD-FDD, Très Hon. Révérien Ndikuriyo, poursuit activement les séances de mobilisation et d’encadrement des leaders communaux à travers tout le Burundi.   Initiée le 02 février 2026 à Muramvya, en province de Gitega, cette tournée s’inscrit dans...

Economie, Politique / 2 février 2026 CNDD-FDD : le Secrétaire général mobilise les Bagumyabanga autour des projets de développement

Dans le cadre de la mise en œuvre des orientations issues du congrès extraordinaire du parti CNDD-FDD, le Secrétaire général, Très Honorable Révérien Ndikuriyo, a lancé une série de descentes dans les communes du pays visant à expliquer et à renforcer l’appropriation des grands projets de développement définis par le parti. Cette tournée a débuté...

Actions de grâce / 26 janvier 2026 Solidarité régionale et engagement humanitaire : le CNDD-FDD au chevet des réfugiés congolais au Burundi.

La prière œcuménique de remerciement organisée par le parti CNDD-FDD au stade Ingoma de Gitega s’est conclue par un geste humanitaire d’envergure, marqué par une mobilisation significative en faveur des réfugiés originaires de l’Est de la République démocratique du Congo actuellement accueillis au Burundi. À travers la collecte de denrées alimentaires, de produits de première...

Espace Presse

COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD DU 09 FEVRIER 2022
Amatangazo, Communiqués de presse, Communiqués et Déclarations

COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD DU 09 FEVRIER 2022

Le Parti Conseil National pour la Défense de la Démocratie – Forces pour la Défense de la Démocratie, CNDD-FDD, a accueilli avec joie, ce mardi 08 février 2022, la décision prise par l’Union Européenne portant levée, avec effet immédiat, des sanctions économiques contre le Burundi dans le cadre de l’article 96 de l’Accord de Cotonou….

Umugambwe CNDD-FDD warungitse Ubutumwa bwo guhoza abenegihugu ba Tchad inyuma y’urupfu rw’uwahoze ari Umukuru w’ico gihugu
Actualité, Politique

Umugambwe CNDD-FDD warungitse Ubutumwa bwo guhoza abenegihugu ba Tchad inyuma y’urupfu rw’uwahoze ari Umukuru w’ico gihugu

Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, Nyakwubahwa Reveriyano NDIKURIYO yakiranye umubabaro inkuru y’urupfu rwahitanye Uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Tchad, Nyenicubahiro Maréchal Idriss Déby Itno, rwabaye kw’igenekerezo rya 20 ndamukiza 2021. Mw’ikete yarungitse muri ico gihugu kigenzi, yahojeje abenegihugu ba Tchad na canecane Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe uri ku butegetsi muri ico gihugu, MPS « Parti (Mouvement Patriotique du…

ITANGAZO RISOZERA IKORANIRO KAMINUZA RIDASANZWE RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KW’IGENEKEREZO RYA 24 NZERO 2021 RYABEREYE I GITEGA.
Amatangazo, Congrès, Evénements, Secrétariat Général

ITANGAZO RISOZERA IKORANIRO KAMINUZA RIDASANZWE RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KW’IGENEKEREZO RYA 24 NZERO 2021 RYABEREYE I GITEGA.

  Kw’igenekerezo rya 24 Nzero 2020, Umugambwe CNDD-FDD watunganije Ikoraniro Kaminuza ridasanzwe, rikaba ryabereye i Gitega, umurwa mukuru wa poritike. Ikoraniro ryabaye ku civugo :‘’BAGUMYABANGA, DUKOMEZE DEMOKARASI MU BURUNDI MU KWITORERA INDONGOZI’’ Ikoraniro Kaminuza Ridasanzwe riri mu rukurikirane rw’amateka mashasha y’Igihugu n’Umugambwe CNDD-FDD, ryabaye Abagumyabanga bamaze imisi itatu imbere y’Imana nkuko vyafunditswe mw’Ikoraniro Kaminuza Ridasanzwe ryo ku wa…

COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD RELATIF A LA DECISION DU  CONSEIL DE SECURITE DES NATIONS UNIES DE RETIRER LE BURUNDI  DE SON AGENDA  POLITIQUE
Actualité, Communiqués de presse, Communiqués et Déclarations, Diplomatie, Espace Presse, Non classé, Politique

COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD RELATIF A LA DECISION DU CONSEIL DE SECURITE DES NATIONS UNIES DE RETIRER LE BURUNDI DE SON AGENDA POLITIQUE

  Le Parti CNDD-FDD se joint à tous ses militants et à tous les Burundais en général, pour manifester sa joie et enthousiasme suite à la décision responsable du Conseil de Sécurité de l’Organisation des Nations Unies de retirer le Burundi de son agenda politique. Cette décision marque la reconnaissance par le Conseil de Sécurité de…

PRESS RELEASE FROM THE CNDD-FDD PARTY FOLLOWING  THE DECISION BY THE UNITED NATIONS SECURITY COUNCIL TO REMOVE BURUNDI FROM ITS POLITICAL AGENDA
Actualité, Communiqués et Déclarations, Espace Presse, Non classé, Press Releases

PRESS RELEASE FROM THE CNDD-FDD PARTY FOLLOWING THE DECISION BY THE UNITED NATIONS SECURITY COUNCIL TO REMOVE BURUNDI FROM ITS POLITICAL AGENDA

    The CNDD-FDD Party joins all its members and all Burundians in general, to manifest their happiness and enthusiasm following the United Nations Security Council’s right decision to remove Burundi from its political agenda. This decision marks the recognition by the Security Council of the real situation in Burundi; it is a positive response…

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO GUSHIMA INGINGO INAMA NKURU IJEJWE UMUTEKANO Y’ISHIRAHAMWE MPUZAMAKUNGU ONU YARAYE IFASHE YO GUKURA UBURUNDI K’URUTONDE RW’IVYIRWA MU BIJANYE N’UMUTEKANO.
Actualité, Amatangazo, Communiqués et Déclarations, Espace Presse

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO GUSHIMA INGINGO INAMA NKURU IJEJWE UMUTEKANO Y’ISHIRAHAMWE MPUZAMAKUNGU ONU YARAYE IFASHE YO GUKURA UBURUNDI K’URUTONDE RW’IVYIRWA MU BIJANYE N’UMUTEKANO.

Umugambwe CNDD-FDD wifatikanije n’abagumyabanga bose, ndetse n’abarundi bose muri rusangi kugira ugaragaze icese ko wakiranye urweze ingingo rugabo iherutse gufatwa n’urwego rujejwe umutekano mw’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU, iyo ngingo ikura Uburundi ku rutonde rw’ivyigwa mu bijanye n’umutekano n’agateka ka zina muntu. Iyo ngingo irerekanye neza ko Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU ryatahuye ukuri ko Uburundi buhagaze neza mu…

Le Ministre Angolais des Relations Extérieures reçu par le Président Ndayishimiye pour lui remettre un message du Président Joào Lourenço et lui présenter le nouveau Secrétaire Exécutif de la CIRGL
Actualité, Conseil des sages, Diplomatie, Espace Presse, Politique

Le Ministre Angolais des Relations Extérieures reçu par le Président Ndayishimiye pour lui remettre un message du Président Joào Lourenço et lui présenter le nouveau Secrétaire Exécutif de la CIRGL

Le Président de la République, Son Excellence Evariste Ndayishimiye a accordé une audience, le mardi 8 décembre 2020 au Palais Présidentiel Ntare Rushatsi, au Ministre des Relations Extérieures de la République d’Angola. Son Excellence Têtè ANTONIO était à la tête d’une forte délégation multidisciplinaire composée du Secrétaire Exécutif de la Conférence Internationale sur la Région…

The Angolan Minister of External Relations received in audience to deliver a message from President Joào Lourenço and introduce the new Executive Secretary of the ICGLR to President Ndayishimiye
Actualité, Conseil des sages, Diplomatie, Espace Presse, Politique

The Angolan Minister of External Relations received in audience to deliver a message from President Joào Lourenço and introduce the new Executive Secretary of the ICGLR to President Ndayishimiye

The President of the Republic, His Excellency Evariste Ndayishimiye granted an audience, on Tuesday December 8, 2020 at Ntare Rushatsi Presidential Palace, to the Minister of External Relations of the Republic of Angola. His Excellency Têtè ANTONIO was heading a strong multidisciplinary delegation composed of the Executive Secretary of the International Conference on the Great…

COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD APRES LA PUBLICATION DES RESULTATS DEFINITIFS DES ELECTIONS DU 20 MAI 2020 PAR LA COUR CONSTITUTIONELLE
Communiqués de presse, Communiqués et Déclarations, Non classé, Politique

COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD APRES LA PUBLICATION DES RESULTATS DEFINITIFS DES ELECTIONS DU 20 MAI 2020 PAR LA COUR CONSTITUTIONELLE

En ce merveilleux jour pour les amis de la paix et de la démocratie, le parti CNDD-FDD remercie avec une joie inégalée le Dieu tout Puissant qui a guidé les Burundais durant tout le processus électoral qui a abouti aux élections du 20 mai 2020.   Le parti CNDD-FDD félicite les millions de Burundais qui…

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD INYUMA YAHO SENTARE YUBAHIRIZA IBWIRIZWA SHINGIRO ITANGARIJE IBIHARURO NTABANDUKA VY’IVYAVUYE MU MATORA YO KU WA 20 RUSAMA 2020
Actualité, Amatangazo, Communiqués et Déclarations, Espace Presse

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD INYUMA YAHO SENTARE YUBAHIRIZA IBWIRIZWA SHINGIRO ITANGARIJE IBIHARURO NTABANDUKA VY’IVYAVUYE MU MATORA YO KU WA 20 RUSAMA 2020

Kuri uyu munsi mwiza ku bakunzi b’amahoro na demokarasi, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza ntangere ko gushimira ubwa mbere Imana Mushoboravyose yagiye imbere abarundi mu nteguro no mu matora nyezina yabaye ku wa 20 rusama 2020.   Umugambwe CNDD-FDD urakeje abarundi isinzi bitavye amatora yo kw’igenekerezo rya 20 rusama 2020   bagatora batekanye, umutima uri mu nda,…

1 7 8 9 10 11 29