Politique / 28 avril 2026 IJAMBO NYENICUBAHIRO Evariste NDAYISHIMIYE YASHIKIRIJE KU WA 26 NDAMUKIZA 2026 INYUMA YO KWEMEZWA N’IKORANIRO KAMINUZA RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD NGO AZOSERUKIRE UWO MUGAMBWE MU MATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU YO MU 2027.  

Ni akanyamuneza ntangere mfise kuri uyu musi kuntera iteka kugira nze ndabaserukire. Binteye akanyamuneza kuko vyerekana neza ko igikorwa mwari mwanshinze ubwa mbere nakiranguye, kandi mukongera mugashima. Turashimiye rero Imana Mushoboravyose kuko twarabonye ko imigambi idufitiye atari imigambi y’amarushwa, ariko ari imigambi y’amahoro kugira ngo iduhe kazoza n’ukwizigira. Ndashimiye abagumyabanga kuko mutakijuragirika; muzi neza iciza...

Politique / 14 mars 2026 IMPANURO ZISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’UMUKURU W’INAMA NKURU Y’INARARIBONYE MU MUGAMBWE CNDD-FDD

Nyenicubahiro Mana Data Muremyi w’isi n’ijuru, Mana y’Uburundi n’Abarundi, we watuzigamye ukaduha kunezerererwa hamwe uyu musi; nuhabwe icubahiro uyu musi n’ibihe vyose.   Banyakwubahwa muri mu nama nkuru y’inararibonye z’umugambwe CNDD-FDD n’abakenyererarugamba banyu, Nyeniteka Mukuru w’Inama Nkenguzamateka y’Uburundi n’umukenyererarugamba wanyu, Banyakwubahwa muri mu buserukizi bukuru bw’Umugambwe CNDD-FDD, Nyakwubahwa Murongoye Umuhari mwiza w’Abakenyererarugamba ku rwego rw’igihugu,...

Ligue des Femmes, Politique / 13 mars 2026 Umukenyererarugamba Day(5ème edition): Une conférence scientifique de haut niveau à l’intention des Femmes leaders Bakenyererarugamba

Le parti CNDD-FDD a organisé le vendredi, 13 mars 2026, dans les enceintes du Grand Séminaire Jean Paul II de Gitega, une conférence scientifique de haut niveau à l’intention des Femmes leaders Bakenyererarugamba (=femmes membres du CNDD-FDD, ndlr). Cette conférence intervient à la veille de la célébration de la 5ème édition de la journée dédiée...

Politique / 23 février 2026 Le Secretaire General du parti CNDD-FDD intensifie la mobilisation des leaders communaux pour concrétiser la vision 2040-2060

02/02/2026 – 22/02/2026: Vingt jours après le lancement officiel de sa tournée nationale, le Secrétaire général du Parti CNDD-FDD, Très Hon. Révérien Ndikuriyo, poursuit activement les séances de mobilisation et d’encadrement des leaders communaux à travers tout le Burundi.   Initiée le 02 février 2026 à Muramvya, en province de Gitega, cette tournée s’inscrit dans...

Economie, Politique / 2 février 2026 CNDD-FDD : le Secrétaire général mobilise les Bagumyabanga autour des projets de développement

Dans le cadre de la mise en œuvre des orientations issues du congrès extraordinaire du parti CNDD-FDD, le Secrétaire général, Très Honorable Révérien Ndikuriyo, a lancé une série de descentes dans les communes du pays visant à expliquer et à renforcer l’appropriation des grands projets de développement définis par le parti. Cette tournée a débuté...

Actions de grâce / 26 janvier 2026 Solidarité régionale et engagement humanitaire : le CNDD-FDD au chevet des réfugiés congolais au Burundi.

La prière œcuménique de remerciement organisée par le parti CNDD-FDD au stade Ingoma de Gitega s’est conclue par un geste humanitaire d’envergure, marqué par une mobilisation significative en faveur des réfugiés originaires de l’Est de la République démocratique du Congo actuellement accueillis au Burundi. À travers la collecte de denrées alimentaires, de produits de première...

Espace Presse

Le CNDD-FDD mettra un accent particulier  sur la formation idéologique et entrepreneuriale de ses militants.
Actualité, Espace Presse, Politique

Le CNDD-FDD mettra un accent particulier  sur la formation idéologique et entrepreneuriale de ses militants.

  Rutana , 24/11/2022 –     A la suite d’une retraite de 2 jours, ce jeudi, Hon. Ndikuriyo Reverien, Secrétaire Général du Parti CNDD-FDD, était à Rutana ce jeudi, reçu par le Secrétaire Provincial du CNDD-FDD Rutana et son équipe dirigeante jusqu’à la base, à l’occasion d’une tournée dans toutes les provinces burundaises pour…

Umugambwe CNDD-FDD wanaguye abagize Ubuserukizi Bukuru
Actualité, Conseil des sages, Espace Presse, Secrétariat Général, Secrétariats Nationaux

Umugambwe CNDD-FDD wanaguye abagize Ubuserukizi Bukuru

Inama Nkuru y’Inararibonye yakoranye i Bujumbura, umurwa mukuru w’ubutunzi, kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 02  Munyonyo 2022, irongowe na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi akaba n’Umukuru w’Inama Nkuru Y’Inararibonye mu mugambwe CNDD-FDD.   Abayigize bose    Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye, Umukuru w’igihugu akaba n’Umukuru w’Inama Nkuru y’Inararibonye Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo, Umunyamabanga Mukuru Hon Yozefu Ntakirutimana, icegera…

Itangazo ku bamenyeshamakuru-Nyakanga 2022
Amatangazo

Itangazo ku bamenyeshamakuru-Nyakanga 2022

Tubanje guca bugufi no gukenguruka ikingongwe, Urukundo, Imana Nyeny’Ubushobozi ifise ikibanza ca mbere mu gihugu c’Uburundi no mu mugambwe wacu CNDD-FDD idahengeshanya kwerekana ku Barundi, abana Bayo. Ni ishemezwe hose na bose, Yadushoboje kuramuka dusangwa Amahoro, Umutekano n’impore  mu gihugu cacu ciza c’Uburundi. Kuri rino genekerezo rya 07 Nyakanga 2022, Umugambwe CNDD-FDD uramutse ushikiriza Abarundi…

#UmukenyererarugambaDay célébrée en grande pompe à Gitega
Actualité

#UmukenyererarugambaDay célébrée en grande pompe à Gitega

  En présence du Secrétaire Général du Parti CNDD-FDD Hon Révérien Ndikuriyo, dans la belle capitale politique au Stade Ingoma de Gitega, des milliers de militantes joie débordante ont répondu massivement ce samedi 26 mars 2022 à la célébration de la journée leur dédiée, #UmukenyererarugambaDay.  Cette première édition qui entre désormais dans l’agenda des fêtes…

Ibikorwa Rusangi: Abagumyabanga bariko biyubakira ingoro y’Umugambwe mw’i Komine igeretse (Mutimbuzi)
Economie

Ibikorwa Rusangi: Abagumyabanga bariko biyubakira ingoro y’Umugambwe mw’i Komine igeretse (Mutimbuzi)

Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo arabandanya kwishikira ku kivi mu ntumbero yo gusubiza akanovera ibikorwa rusangi, kuri munsi wagatandatu igenekerezo rya 05 Ntwarante 2022 yishikiye mubikorwarusangi mu Ntara ya Bujumbura muri komine Mutimbuzi, aho yifatikanije n’abenegihugu mu kubaka ingoro y’umugambwe CNDD-FDD ya komine Mutimbuzi.Iyo ngoro y’umugambwe ikazokubakwa muburyo ba kijambere(étage), ikaba kandi izotwara…

Abarenga 4800 binjiye icese mu mugambwe CNDD-FDD muri Komine Mutimbuzi
Non classé, Politique

Abarenga 4800 binjiye icese mu mugambwe CNDD-FDD muri Komine Mutimbuzi

Kari akanyamuneza ku bagumyabanga bo mu Ntara ya Bujumbura neza na neza muri komine ya Mutimbuzi, kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 05 Gitugutu 2022, aho baramutse biyakirira Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo, aherekejwe n’Umunyabigega Zeno Ndaruvukanye ari munama y’Inararibonye mu Mugambwe CNDD-FDD, asanzwe ari n’imvukira yo mur’iyo Ntara ya Bujumbura, n’Abanyamabanga ntunganyabisata batatu….

Ruhuhuma: ukwezi kw’imigisha n’imihezagiro ku Bagumyabanga n’Abarundi bose
Actualité

Ruhuhuma: ukwezi kw’imigisha n’imihezagiro ku Bagumyabanga n’Abarundi bose

  Umugambwe CNDD-FDD watunganije kuri uyu wa kane amasengesho asozera ukwezi  kwa Ruhuhuma 2022. Nyakubahwa Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Angeline Nyifatanije n’Abagumyabanga muri ayo masengesho yari ashimikiye kw’ijambo ry’urufatiro : « Imana niyo buhungiro nyabwo » Zab 118:6-9 Umunyamabanga Mukuru w’ Umugambwe CNDD-FDD mw’ijambo ryiwe yashimye ko ukwezi kwa Ruhuhuma kwabaye ukw’imigisha n’imihezagiro myinshi. Ashima umwete wibonekeza mu…

Umugambwe uguma utera intambwe, abarenga 1500 binjiye muri Komine Songa ya Bururi.
Actualité, Espace Presse, Politique

Umugambwe uguma utera intambwe, abarenga 1500 binjiye muri Komine Songa ya Bururi.

Kari akanyamuneza ku bagumyabanga bo muri komine ya Songa yo mu ntara ya Bururi, aho bari baramutse binjira ku mugaragaro ingoro y’umugambwe CNDD-FDD yo muri iyo komine biyubakiye, bakira n’abagumyabanga bashasha bagera ku gihumbi n’amaja atanu (1500) basavye kwinjira mu mu gambwe CNDD-FDD baheba imigambwe itandukanye bahoramwo nka CNL,UPRONA,FNL, n’abandi batari bwinjire mu mugambwe numwe….

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 09 RUHUHUMA 2022
Amatangazo, Communiqués et Déclarations

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 09 RUHUHUMA 2022

1. Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2022, Umugambwe CNDD-FDD wakiranye urweze ingingo yafashwe n’ibihugu bigize Ubumwe bwa Buraya bwo gukuraho ibihano vy’ubutunzi ivyo bihugu vyari vyafatiye Uburundi mu mwaka w’2016 hisunzwe ingingo ya 96 y’Amasezerano yiswe ay’i Cotonou. Iyo ngingo yo gukuraho ivyo bihano igaca ikurikizwa buno nyene igiheza gufatwa. Iyo ngingo…

1 6 7 8 9 10 29