Le Secrétaire Général du Parti salue la contribution immense des femmes dans l’édification du Parti et le développement national

Le Secrétaire Général du Parti CNDD-FDD Hon Révérien Ndikuriyo s’est joint aux milliers de militantes en liesse célébrant pour la toute première fois, la journée leur dédiée #UmukenyererarugambaDay. C’était ce samedi 26 Mars 2022 au Stade Ingoma de la capitale politique du Burundi, Gitega. Prenant […]

Ibikorwa Rusangi: Abagumyabanga bariko biyubakira ingoro y’Umugambwe mw’i Komine igeretse (Mutimbuzi)

Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo arabandanya kwishikira ku kivi mu ntumbero yo gusubiza akanovera ibikorwa rusangi, kuri munsi wagatandatu igenekerezo rya 05 Ntwarante 2022 yishikiye mubikorwarusangi mu Ntara ya Bujumbura muri komine Mutimbuzi, aho yifatikanije n’abenegihugu mu kubaka ingoro y’umugambwe CNDD-FDD ya komine […]

Ruhuhuma: ukwezi kw’imigisha n’imihezagiro ku Bagumyabanga n’Abarundi bose

Umugambwe CNDD-FDD watunganije kuri uyu wa kane amasengesho asozera ukwezi  kwa Ruhuhuma 2022. Nyakubahwa Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Angeline Nyifatanije n’Abagumyabanga muri ayo masengesho yari ashimikiye kw’ijambo ry’urufatiro : “Imana niyo buhungiro nyabwo” Zab 118:6-9 Umunyamabanga Mukuru w’ Umugambwe CNDD-FDD mw’ijambo ryiwe yashimye ko ukwezi kwa […]

Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD yakeje Umwungere Mushasha wa Diyoseze ya Gitega

Mu butumwa yarungikiye Nyenicubahiro Musenyeri wa Diyoseze ya Gitega, Umunyambanga Mukuru w’Umugambze CNDD-FDD yagize ati:  “​​Umugambwe CNDD-FDD wakiranye agahimbare kenshi inkuru nziza y’ingingo ibagena mu mabanga yo kuba umwepiskopi mukuru wa Diyoseze ya Gitega inyuma yaho Nyenubweranda Papa Fransisko yemereye ko Nyenicubahiro Musenyeri Simoni NTAMWANA […]

Umugambwe CNDD-FDD ubandanya ukomeza ubucuti n’Umugambwe urongoye igihugu c’Uburusiya

Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD yahaye umubonano mu biro vyo ku murwa mukuru w’Ubutunzi Bujumbura, Uwuserukira igihugu c’Uburusiya mu Burundi ambasaderi Valery Mikhaylov. Uwo mushitsi yarazanye ubutumwa bw’Umugambwe urongoye igihugu mu Burusiya witwa mu mfunyafunyo y’igifaransa Russie Unie cosigurwa nk’Umugambwe uharanira Uburusiya bwiyunze. Muri ubwo butumwa, harimwo […]

IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA UMUNYAMABANGA MUKURU W’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KWUGURURA AMASENGESHO MPUZAMADINI

URUFATIRO :  INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE  Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu […]