IJAMBO RY’INTANGAMARARA RYO KU WA 25 RUHUHUMA 2020

  Tubanje gushimira Imana Mushobora vyose yadushikanye uwu musi turi bazima,twishira tukizana mu gihugu gitotahaye kirimwo amahoro n’amahonda, n’umutekano irakaninahazwa ibihe bidashira.   Kuru uyu musi igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2020, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza kenshi ko kumenyesha Aburundi n’Amakungu ko ko duhejeje gushikiriza Umugwi w’Igihugu ujejwe gutunganya Amatora CENI, ibisabwa n’amategeko vyose abahiganirwa...

Read More
COMMUNIQUE DE PRESSE DU PARTI CNDD-FDD  RELATIF A LA COMMEMORATION DU 26ème ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DE SON EXCELLENCE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE MELCHIOR NDADAYE, HEROS NATIONAL DE LA  DEMOCRATIE.
Oct22

    Ce 21 octobre 2019, le peuple Burundais commémore,  les rangs serrés et dans la tristesse,   le 26ème anniversaire de l’ignoble assassinat du premier Président démocratiquement élu et ses proches collaborateurs démocrates. le Parti CNDD-FDD se joint à tous les Citoyens Patriotes du Burundi pour condamner ces ennemis de la Nation qui ont concocté et mis en œuvre ce crime odieux qui a plongé le Burundi dans une crise...

Read More
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 26 IRANGIYE UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’ INCUNGU YA DEMOKARASI  NYENICUBAHIRO MERIKIYORO NDADAYE AGANDAGUWE
Oct22

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 26 IRANGIYE UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’ INCUNGU YA DEMOKARASI  NYENICUBAHIRO MERIKIYORO NDADAYE AGANDAGUWE

    Mu gihe Abarundi twibuka imyaka mirongo ibiri n’itandatu irangiye Nyenicubahiro Prezida Ndadaye Merikiyori n’abo bafashanya kurongora igihugu bagandaguwe bunyamanswa n’abari bajejwe kubakingira, Umugambwe CNDD-FDD wongeye kwifatanya n’Abarundi bose bakunda igihugu cabo, mu gutera ivyatsi abo bansi b’igihugu abateguye n’abashize mu ngiro iryo bara ryakwegeye Uburundi mu kaga k’intambara yamaze imyaka irenga icumi.   Ku wa...

Read More
COMMUNIQUE DE PRESSE DU PARTI CNDD-FDD A L’OCCASION DE LA COMMEMORATION DU 58EME ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DU PRINCE HEROS DE L’INDEPENDANCE
Oct13

COMMUNIQUE DE PRESSE DU PARTI CNDD-FDD A L’OCCASION DE LA COMMEMORATION DU 58EME ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DU PRINCE HEROS DE L’INDEPENDANCE

    « La lutte du Prince Louis Rwagasore  n’a pas été vaine«    A l’occasion de la commémoration du 58ème anniversaire de l’assassinat du Prince Louis Rwagasore, héro et martyr du recouvrement de la souveraineté nationale du Burundi par les ennemis de la paix et du peuple, le Parti CNDD-FDD se joint à toute la Population burundaise pour honorer sa mémoire, lui qui jusqu’ au dernier souffle de sa vie bien remplie,...

Read More
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 58 IHEZE INCUNGU YO KWIKUKIRA UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE AGANDAGUWE
Oct13

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 58 IHEZE INCUNGU YO KWIKUKIRA UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE AGANDAGUWE

   ‘’Ineza y’abenegihugu Rwagasore yarwaniye iriko irashika’’ Imyaka 58 irarangiye Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore incungu yasubije Uburundi intahe yo kwikukira agandaguwe, umugambwe CNDD-FDD urifatanije n’Abarundi bose mu kwibuka iyo ncungu.   Uyu munsi n’uwo kwibukana icubahiro gihawe iyo ntwari yitanze ikigura abarundi kugirango dusubire ku ntahe yo kwikukira, kwishira no kwizana. Yaraharaniye iteka ry’Uburundi...

Read More
Communiqué du Parti CNDD-FDD après la promulgation de la nouvelle Constitution ce 7 juin 2018.
Juin15

Communiqué du Parti CNDD-FDD après la promulgation de la nouvelle Constitution ce 7 juin 2018.

    Nous commençons par rendre grâce au Seigneur Tout Puissant qui nous a préservé jusqu’à ce jour et qui n’a cessé de veiller sur notre pays le Burundi et sur notre parti le CNDD-FDD. Que toute la gloire lui revienne. Nous sommes reconnaissants envers le Seigneur pour l’étape historique franchie vers l’indépendance réelle du pays. C’est un merveilleux plan du Seigneur, à qui nous avons donné la Première place dans notre...

Read More