Mu myiyamamazo y’amatora twimirije ku wa 20 Rusama 2020, yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, Samuragwa wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu, Nyakwubahwa Jenerali Majoro Varisito Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi dufise umushinge ukomeye mw’iterambere wubatswe n’Imboneza […]

