Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, Nyakwubahwa Reveriyano NDIKURIYO yakiranye umubabaro inkuru y’urupfu rwahitanye Uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Tchad, Nyenicubahiro Maréchal Idriss Déby Itno, rwabaye kw’igenekerezo rya 20 ndamukiza 2021. Mw’ikete yarungitse muri ico gihugu kigenzi, yahojeje abenegihugu ba Tchad na canecane Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe uri […]

