Umugambwe CNDD-FDD wifatikanije n’abagumyabanga bose, ndetse n’abarundi bose muri rusangi kugira ugaragaze icese ko wakiranye urweze ingingo rugabo iherutse gufatwa n’urwego rujejwe umutekano mw’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU, iyo ngingo ikura Uburundi ku rutonde rw’ivyigwa mu bijanye n’umutekano n’agateka ka zina muntu. Iyo ngingo irerekanye neza ko Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU ryatahuye ukuri ko Uburundi buhagaze neza mu…
Le Ministre Angolais des Relations Extérieures reçu par le Président Ndayishimiye pour lui remettre un message du Président Joào Lourenço et lui présenter le nouveau Secrétaire Exécutif de la CIRGL
Le Président de la République, Son Excellence Evariste Ndayishimiye a accordé une audience, le mardi 8 décembre 2020 au Palais Présidentiel Ntare Rushatsi, au Ministre des Relations Extérieures de la République d’Angola. Son Excellence Têtè ANTONIO était à la tête d’une forte délégation multidisciplinaire composée du Secrétaire Exécutif de la Conférence Internationale sur la Région…
The Angolan Minister of External Relations received in audience to deliver a message from President Joào Lourenço and introduce the new Executive Secretary of the ICGLR to President Ndayishimiye
The President of the Republic, His Excellency Evariste Ndayishimiye granted an audience, on Tuesday December 8, 2020 at Ntare Rushatsi Presidential Palace, to the Minister of External Relations of the Republic of Angola. His Excellency Têtè ANTONIO was heading a strong multidisciplinary delegation composed of the Executive Secretary of the International Conference on the Great…
COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD APRES LA PUBLICATION DES RESULTATS DEFINITIFS DES ELECTIONS DU 20 MAI 2020 PAR LA COUR CONSTITUTIONELLE
En ce merveilleux jour pour les amis de la paix et de la démocratie, le parti CNDD-FDD remercie avec une joie inégalée le Dieu tout Puissant qui a guidé les Burundais durant tout le processus électoral qui a abouti aux élections du 20 mai 2020. Le parti CNDD-FDD félicite les millions de Burundais qui…
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD INYUMA YAHO SENTARE YUBAHIRIZA IBWIRIZWA SHINGIRO ITANGARIJE IBIHARURO NTABANDUKA VY’IVYAVUYE MU MATORA YO KU WA 20 RUSAMA 2020
Kuri uyu munsi mwiza ku bakunzi b’amahoro na demokarasi, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza ntangere ko gushimira ubwa mbere Imana Mushoboravyose yagiye imbere abarundi mu nteguro no mu matora nyezina yabaye ku wa 20 rusama 2020. Umugambwe CNDD-FDD urakeje abarundi isinzi bitavye amatora yo kw’igenekerezo rya 20 rusama 2020 bagatora batekanye, umutima uri mu nda,…
MESSAGE DU SECRETAIRE GENERAL DU PARTI CNDD-FDD A LA PROCLAMATION DES RESULTATS PAR LA CENI
Chers frères Burundais, Chers membres du Parti CNDD-FDD Chers amis et sympathisants du Parti CNDD-FDD Que notre Dieu soit loué en tout temps et en tout lieu; Que tous sachent que c’est le Bon Dieu qui a toujours sécouru les Burundais. C’est ce Dieu que nous prions qui viens d’honorer le Burundi. …
Ijambo rishikirijwe na Nyakwubahwa Gen Maj Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25 rusama 2020.
Barundi benewacu, Ncuti z’umugambwe CNDD-FDD Imana mukama wacu ni ishimagizwe ibihe vyose; Amahanga yose abimenye ko ariyo yama irokora Uburundi ibihe vyose. Ni iyo Mana dusenga yaraye iteturuye kandi Uburundi. Kw’izina ry’abagumyabanga bose bahurikiye mu mugambwe CNDD-FDD, incuti n’abagenzi b’umugambwe CNDD-FDD ; Ndi n’iteka n’akanyamuneza ntangere vyo gukeza abarundi isinzi bitavye amatora yo kuri uwu…
Samuragwa: « Umushinge mw’iterambere dufise tuwukesha Nyenicubahiro Petero Nkurunziza »
Mu myiyamamazo y’amatora twimirije ku wa 20 Rusama 2020, yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, Samuragwa wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu, Nyakwubahwa Jenerali Majoro Varisito Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi dufise umushinge ukomeye mw’iterambere wubatswe n’Imboneza yamaho, Nyenicubahiro Petero Nkurunziza, Umukuru w’igihugu c’Uburundi. Samuragwa amenyesha ko…
Cankuzo: Nyenicubahiro Petero Nkurunziza: Amateka mashasha ya CNDD-FDD
Mu myiyamamazo y’Umugambwe CNDD-FDD yo kuri uwu wa 6 Rusama 2020 mu ntara ya Cankuzo, Nyenicubahiro Petero Nkurunziza, Imboneza y’amaho y’Umugambwe CNDD-FDD, yamenyesheje abenegihugu ko igitsindo kidasanzwe cinjijwe n’uwo mugambwe. Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu yavuze ati: “Kuva Uburundi bwabaho, ni irya mbere Umukuru w’igihugu arangije neza ikiringo ciwe, akagira uruhara mu gutora umusubirizi, agatako akamushigikira. Kuva…
Samuragwa: « Ubushomeri mu rwaruka bayi!!!!!!! »
Ikibazo c’ubushomeri mu rwaruka ruhejeje amashure kigiye gusezererwa. Iyo nkuru y’ihumure yashikirijwe na Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, umukandida wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu yo ku wa 20 Rusama 2020, imbere y’isinzi ry’Abagumyabanga mu myiyamamazo yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi kuri uwu wa 5 Rusama 2020. Ikibazo nyamukuru…






