Rutana , 24/11/2022 – A la suite d’une retraite de 2 jours, ce jeudi, Hon. Ndikuriyo Reverien, Secrétaire Général du Parti CNDD-FDD, était à Rutana ce jeudi, reçu par le Secrétaire Provincial du CNDD-FDD Rutana et son équipe dirigeante jusqu’à la base, à l’occasion d’une tournée dans toutes les provinces burundaises pour…
Umugambwe CNDD-FDD wanaguye abagize Ubuserukizi Bukuru
Inama Nkuru y’Inararibonye yakoranye i Bujumbura, umurwa mukuru w’ubutunzi, kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 02 Munyonyo 2022, irongowe na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi akaba n’Umukuru w’Inama Nkuru Y’Inararibonye mu mugambwe CNDD-FDD. Abayigize bose Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye, Umukuru w’igihugu akaba n’Umukuru w’Inama Nkuru y’Inararibonye Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo, Umunyamabanga Mukuru Hon Yozefu Ntakirutimana, icegera…
#UmukenyererarugambaDay célébrée en grande pompe à Gitega
En présence du Secrétaire Général du Parti CNDD-FDD Hon Révérien Ndikuriyo, dans la belle capitale politique au Stade Ingoma de Gitega, des milliers de militantes joie débordante ont répondu massivement ce samedi 26 mars 2022 à la célébration de la journée leur dédiée, #UmukenyererarugambaDay. Cette première édition qui entre désormais dans l’agenda des fêtes…
Ibikorwa Rusangi: Abagumyabanga bariko biyubakira ingoro y’Umugambwe mw’i Komine igeretse (Mutimbuzi)
Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo arabandanya kwishikira ku kivi mu ntumbero yo gusubiza akanovera ibikorwa rusangi, kuri munsi wagatandatu igenekerezo rya 05 Ntwarante 2022 yishikiye mubikorwarusangi mu Ntara ya Bujumbura muri komine Mutimbuzi, aho yifatikanije n’abenegihugu mu kubaka ingoro y’umugambwe CNDD-FDD ya komine Mutimbuzi.Iyo ngoro y’umugambwe ikazokubakwa muburyo ba kijambere(étage), ikaba kandi izotwara…
Abarenga 4800 binjiye icese mu mugambwe CNDD-FDD muri Komine Mutimbuzi
Kari akanyamuneza ku bagumyabanga bo mu Ntara ya Bujumbura neza na neza muri komine ya Mutimbuzi, kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 05 Gitugutu 2022, aho baramutse biyakirira Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo, aherekejwe n’Umunyabigega Zeno Ndaruvukanye ari munama y’Inararibonye mu Mugambwe CNDD-FDD, asanzwe ari n’imvukira yo mur’iyo Ntara ya Bujumbura, n’Abanyamabanga ntunganyabisata batatu….
Ruhuhuma: ukwezi kw’imigisha n’imihezagiro ku Bagumyabanga n’Abarundi bose
Umugambwe CNDD-FDD watunganije kuri uyu wa kane amasengesho asozera ukwezi kwa Ruhuhuma 2022. Nyakubahwa Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Angeline Nyifatanije n’Abagumyabanga muri ayo masengesho yari ashimikiye kw’ijambo ry’urufatiro : « Imana niyo buhungiro nyabwo » Zab 118:6-9 Umunyamabanga Mukuru w’ Umugambwe CNDD-FDD mw’ijambo ryiwe yashimye ko ukwezi kwa Ruhuhuma kwabaye ukw’imigisha n’imihezagiro myinshi. Ashima umwete wibonekeza mu…
Umugambwe uguma utera intambwe, abarenga 1500 binjiye muri Komine Songa ya Bururi.
Kari akanyamuneza ku bagumyabanga bo muri komine ya Songa yo mu ntara ya Bururi, aho bari baramutse binjira ku mugaragaro ingoro y’umugambwe CNDD-FDD yo muri iyo komine biyubakiye, bakira n’abagumyabanga bashasha bagera ku gihumbi n’amaja atanu (1500) basavye kwinjira mu mu gambwe CNDD-FDD baheba imigambwe itandukanye bahoramwo nka CNL,UPRONA,FNL, n’abandi batari bwinjire mu mugambwe numwe….
Umugambwe CNDD-FDD warungitse Ubutumwa bwo guhoza abenegihugu ba Tchad inyuma y’urupfu rw’uwahoze ari Umukuru w’ico gihugu
Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, Nyakwubahwa Reveriyano NDIKURIYO yakiranye umubabaro inkuru y’urupfu rwahitanye Uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Tchad, Nyenicubahiro Maréchal Idriss Déby Itno, rwabaye kw’igenekerezo rya 20 ndamukiza 2021. Mw’ikete yarungitse muri ico gihugu kigenzi, yahojeje abenegihugu ba Tchad na canecane Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe uri ku butegetsi muri ico gihugu, MPS « Parti (Mouvement Patriotique du…
COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD RELATIF A LA DECISION DU CONSEIL DE SECURITE DES NATIONS UNIES DE RETIRER LE BURUNDI DE SON AGENDA POLITIQUE
Le Parti CNDD-FDD se joint à tous ses militants et à tous les Burundais en général, pour manifester sa joie et enthousiasme suite à la décision responsable du Conseil de Sécurité de l’Organisation des Nations Unies de retirer le Burundi de son agenda politique. Cette décision marque la reconnaissance par le Conseil de Sécurité de…
PRESS RELEASE FROM THE CNDD-FDD PARTY FOLLOWING THE DECISION BY THE UNITED NATIONS SECURITY COUNCIL TO REMOVE BURUNDI FROM ITS POLITICAL AGENDA
The CNDD-FDD Party joins all its members and all Burundians in general, to manifest their happiness and enthusiasm following the United Nations Security Council’s right decision to remove Burundi from its political agenda. This decision marks the recognition by the Security Council of the real situation in Burundi; it is a positive response…









