Dans l’après-midi de dimanche 03 mai 2020, le Secrétaire Général et Candidat du Parti CNDD-FDD aux élections présidentielles du 20 mai 2020, le Général Major Evariste Ndayishimiye s’est rendu en province de Kirundo au nord du Burundi après avoir retiré sa carte d’électeur à Musama, sa colline natale, en commune de Giheta, province de…
Imigenderanire irangwa n’umwumvikano ushimikiye ku kubahana no kwuzuzanya igiye kuba inzira ihambaye yo guha Uburundi ishusho nziza mu makungu
Mu migabo n’imigambi mikuru mikuru umugambwe CNDD-FDD utegekanya mu gutunganya igihugu muri iyi myaka indwi (2020-2027), igisata kijanye n’ugukomeza imigenderanire hagati y’Uburundi n’ibindi bihugu no hagati y’Uburundi n’amashirahamwe atandukanye nticasizwe inyuma. Umugambwe CNDD-FDD wiyemeje kuzokwitwararika cane guhesha izina Uburundi mu makungu biciye mu migenderanire ishingiye ku kwubahana, ku kwuzuzanya no ku gutsimbataza umwumvikano hagati y’Uburundi…
Samuragwa: Abanyamwaro barazi ico demokarasi ivuga kurusha abandi
Mu myiyamamazo yabereye muri komine Kayokwe, intara ya Mwaro, Nyakubahwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye, umukandida Umugambwe CNDD-FDD washize imbere ngo azitoze mu kibanza c’Umukuru w’igihugu, mu matora yo ku wa 20 Ndamukiza 2020, yamenyesheje ko abanya Mwaro bazi demokarasi kurusha abandi, bazi n’agaciro kayo, kubera ko uwatanguye guharanira demokarasi yavukiye mu ntara ya Mwaro…
Samuragwa: Abarundi twarabonye Imana
Mu myiyamamazo yabereye muri komine Kayokwe, kuri uwu wa 28 Ndamukiza 2020, Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora azoba kuri uwu wa 20 Ndamukiza 2020, Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi twemeza ko twabonye Imana. Samuragwa ati: “Twaraciye mu ngorane zitandukanye, nk’amacakubiri ashingiye ku moko, intara n’amadini, turagogwa mugabo Imana yaradufashije cane…
umukandida wa CNDD-FDD yiyamamarije mu ntara ya Mwaro
Umukandida wa CNDD-FDD, azokwitoza mu kibanza c’Umukuru w’igihugu, Nyakwubahwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye yarishikiye, ku wa 28 Ndamukiza 2020, muri komine Kayokwe intara ya Mwaro. Mu migambi myinshi yashikirije yavuze ko azofasha ba ntahonikora n’abageze mu zabukuru mu gusahiriza ibigo bisanzwe bitunze abo bantu kugira babone ko Reta ibashigikiye, abo bafise amikoro make babone…
Umugambwe CNDD-FDD watanguje icese imyiyamamazo y’amatora ya 2020.
Bugendana, 27 Ndamukiza 2020: Kuri uwu wa mbere, igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2020, niho umugambwe CNDD-FDD watanguza imyiyamamazo y’amatora yo ku wa 20 Rusama 2020, akazoba yerekeye itorwa ry’Umukuru w’igihugu, Abashingamateka n’Abajenama b’amakomine. Ivyo bikorwa vyatangurijwe muri komine Bugendana, intara ya Gitega, bikaba vyitabwe n’isinzi ry’Abagumyabanga, n’incuti za CNDD-FDD baje bava mu yindi migambwe, …
Le candidat du Parti CNDD-FDD à la présidentielle de 2020, premier à déposer son dossier de candidature à la CENI
BUJUMBURA, 25 fév 2020(ComP) – Le candidat du Parti CNDD-FDD à la présidentielle, le Général Major Evariste Ndayishimiye, a déposé mardi le 25 février 2020 son dossier de candidature à la Commission électorale nationale indépendante (CENI) comme le préconise le code électoral et le calendrier électoral. Il a déposé également les dossiers des candidats…
IJAMBO RY’INTANGAMARARA RYO KU WA 25 RUHUHUMA 2020
Tubanje gushimira Imana Mushobora vyose yadushikanye uwu musi turi bazima,twishira tukizana mu gihugu gitotahaye kirimwo amahoro n’amahonda, n’umutekano irakaninahazwa ibihe bidashira. Kuru uyu musi igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2020, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza kenshi ko kumenyesha Aburundi n’Amakungu ko ko duhejeje gushikiriza Umugwi w’Igihugu ujejwe gutunganya Amatora CENI, ibisabwa n’amategeko vyose abahiganirwa iteka…
Umugambwe CNDD-FDD urashimishwa n’intambwe yo kurwiza ibiterwa bishasha njabukamazi.
Icegera c’Umunyabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD yarishikiye kuri uyu wa gatandatu (igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2020) ku mutumba wa Mihigo mu ntara ya Muyinga komine….ahariko habera ibikorwa vyo gutanguza icese gutera igiterwa njabukamazi ca kaju arico mu gifaransa bita anacardier. Ivyo bikorwa vyitabwe n’abagumyabanga isinzi bashigkiwe n’inzego z’umugambwe hamwe n’abashingamateka n’indongozi mu nzego zitandukanye. Umuhinga mubijanye…
COMMUNIQUE DE PRESSE DU PARTI CNDD-FDD RELATIF A LA COMMEMORATION DU 26ème ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DE SON EXCELLENCE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE MELCHIOR NDADAYE, HEROS NATIONAL DE LA DEMOCRATIE.
Ce 21 octobre 2019, le peuple Burundais commémore, les rangs serrés et dans la tristesse, le 26ème anniversaire de l’ignoble assassinat du premier Président démocratiquement élu et ses proches collaborateurs démocrates. le Parti CNDD-FDD se joint à tous les Citoyens Patriotes du Burundi pour condamner ces ennemis de la Nation qui ont concocté…










