Mu gihe Abarundi twibuka imyaka mirongo ibiri n’itandatu irangiye Nyenicubahiro Prezida Ndadaye Merikiyori n’abo bafashanya kurongora igihugu bagandaguwe bunyamanswa n’abari bajejwe kubakingira, Umugambwe CNDD-FDD wongeye kwifatanya n’Abarundi bose bakunda igihugu cabo, mu gutera ivyatsi abo bansi b’igihugu abateguye n’abashize mu ngiro iryo bara ryakwegeye Uburundi mu kaga k’intambara yamaze imyaka irenga icumi. …
COMMUNIQUE DE PRESSE DU PARTI CNDD-FDD A L’OCCASION DE LA COMMEMORATION DU 58EME ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DU PRINCE HEROS DE L’INDEPENDANCE
« La lutte du Prince Louis Rwagasore n’a pas été vaine« A l’occasion de la commémoration du 58ème anniversaire de l’assassinat du Prince Louis Rwagasore, héro et martyr du recouvrement de la souveraineté nationale du Burundi par les ennemis de la paix et du peuple, le Parti CNDD-FDD se joint à toute la…
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 58 IHEZE INCUNGU YO KWIKUKIRA UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE AGANDAGUWE
‘’Ineza y’abenegihugu Rwagasore yarwaniye iriko irashika’’ Imyaka 58 irarangiye Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore incungu yasubije Uburundi intahe yo kwikukira agandaguwe, umugambwe CNDD-FDD urifatanije n’Abarundi bose mu kwibuka iyo ncungu. Uyu munsi n’uwo kwibukana icubahiro gihawe iyo ntwari yitanze ikigura abarundi kugirango dusubire ku ntahe yo kwikukira, kwishira no kwizana. Yaraharaniye iteka ry’Uburundi…
DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD QUATRE ANS APRES LA TENUE DU CONGRES QUI A DESIGNE SON EXCELLENCE PIERRE NKURUNZIZA CANDIDAT A LA PRESIDENTIELLE DE 2015
La défense de la démocratie est la meilleure voie pour garantir équitablement aux citoyens leurs droits En ce 25 Avril 2019, jour anniversaire où nous remémorons dans la gloire quatre ans, jour pour jour, la tenue réussie du congrès extraordinaire du Parti CNDD-FDD au cours duquel Son Excellence Pierre NKURUNZIZA a…
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD INYUMA Y’IMYAKA INE UHISEMWO NYENICUBAHIRO PETERO NKURUNZIZA NGO AWUSERUKIRE MU MATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU
Guhagararira Demokarasi niyo nzira iha uburenganzira bungana abenegihugu bose. Kuri iri genekerezo rya 25 Ndamukiza 2019 imyaka ibaye ine aho twibuka umunezero waranga abagumyabanga mw’ikoraniro kaminuza ridasanzwe ku cicaro c’umugambwe CNDD-FDD, umunsi nkuyu mu 2015, abagumyabanga basubiye kwizera Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA ngo asubire kurongora igihugu c’Uburundi mu kiringo c’imyaka itanu. Iyo…
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE N’UKWIBUKA IGANDAGURWA RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU CYPRIEN NTARYAMIRA
Turujuje imyaka 25, Nyenicubahiro Prezida Sipiriyano NTARYAMIRA n’abashikiranganji babiri ba Reta yari arongoye, Berenarudo Ciza na Siriyako Simbizi bagandaguriwe mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Hari ku wa 06 Ndamukiza 1994, aho indege yari ireruye Prezida w’Urwanda, Juvénal Habyarimana, n’izindi ntumwa zari zimuherekeje, ari nayo izo ndongozi z’Uburundi zarimwo, yaraswa igisasu ca missile, kigahitana abarimwo bose, aho…
DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD RELATIVE A LA COMMEMORATION DU 25ème ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DE SON EXCELLENCE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE MELCHIOR NDADAYE, HEROS NATIONAL DE LA DEMOCRATIE.
Seule une lutte sans merci contre l’impunité permettra d’asseoir la culture démocratique au Burundi A l’occasion de la commémoration du 25ème anniversaire de l’assassinat de Son Excellence le Président Melchior NDADAYE et ses proches collaborateurs, froidement assassinés dans le coup d’Etat sanglant du 21 octobre 1993, le Parti CNDD-FDD se joint à tous…
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 25 IRANGIYE UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’ INCUNGU YA DEMOKARASI NYENICUBAHIRO MERIKIYORO NDADAYE AGANDAGUWE
Mu gihe Abarundi buca twibuka imyaka mirongo ibiri n’itanu irangiye Nyenicubahiro Prezida Ndadaye Merikiyori n’abo bafashanya kurongora igihugu bagandaguwe bunyamanswa n’abari bajejwe kubakingira, Umugambwe CNDD-FDD wongeye kwifatanya n’Abarundi bose bakunda igihugu cabo, mu gutera ivyatsi abo bansi b’igihugu bateguye bakongera bashira mu ngiro iryo bara ryakwegeye Uburundi mu kaga k’intambara yamaze imyaka irenga…
Lancement de la mise en oeuvre d’une résolution du Comité Central du Parti
Muramvya, 15 septembre 2018: La ligue des Femmes du Parti CNDD-FDD en province Muramvya a organisé ce samedi son grand rassemblement provincial en présence de la responsable du Département Ligue des Femmes au niveau national Mme Goreth Yamuremye et du Secrétaire National en charge des Ligues affiliées au Parti CNDD-FDD (La ligue des Jeunes, la Ligues…
Vers le renforcement des liens avec le Parti Jubilee du Kenya
Nairobi 10 septembre 2018: Le Secrétaire Général du Parti CNDD-FDD Evariste Ndayishimiye en visite au Kenya, a été reçu en audience dans la matinée de ce lundi par son homologue du Jubilee Party du Kenya Hon Raphael Tuju. Ensemble avec les chefs de departements du Jubilee Party, Hon Raphael Tuju a souhaité la bienvenue…







