Ijambo rishikirijwe na Nyakwubahwa Gen Maj Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25 rusama 2020.

Barundi benewacu, Ncuti z’umugambwe CNDD-FDD Imana mukama wacu ni ishimagizwe ibihe vyose; Amahanga yose abimenye ko ariyo yama irokora Uburundi ibihe vyose. Ni iyo Mana dusenga yaraye iteturuye kandi Uburundi.   Kw’izina ry’abagumyabanga bose bahurikiye mu mugambwe CNDD-FDD, incuti n’abagenzi b’umugambwe CNDD-FDD ; Ndi n’iteka n’akanyamuneza […]

Ijambo rishikirijwe n’umunyamabanga mukuru w’umugambwe

Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu cacu c’Uburundi, ukaba uri Imboneza mu mugambwe wacu CNDD-FDD Mwanyakwubahwa mugize Inama nkuru y’Inararibonye; Mwanyakwubahwa muri mu Buserukizi bukuru bw’umugambwe wacu CNDD-FDD; Nyakwubahwa Mukuru w’Inama nshingamateka y’Uburundi ukaba n’Umugumyabanga; Nyakwubahwa Mukuru w’Inama nkenguzamateka y’Uburundi ukaba n’Umugumyabanga; Nyakwubahwa Cegera ca Kabiri C’Umukuru w’igihugu […]

Discours du Secrétaire Général dans le cadre d’échanges de vues sur l’évolution politique au Burundi

Excellences Mesdames, Messieurs les Membres du Conseil des Sages du Parti CNDD-FDD ; Excellences Mesdames, Messieurs les Secrétaires Nationaux du Parti CNDD-FDD ;  Honorables Président du Forum des Partis Politiques Agréés au Burundi ; Excellences Mesdames, Messieurs les Membres du Corps Diplomatiques et Représentant des Organisations Internationales ;  Excellence […]

IJAMBO RISHIKIRIJWE ABAGUMYABANGA KU MUSI MUKURU WO KWIGINA INTSINZI Y’AMATORA YO MU MWAKA WA 2015.

Bagumyabanga, Bakenyererarugamba, Mbonerakure, Ncuti z’Umugambwe CNDD-FDD; Tugire CNDD-FDD; Imbere ya vyose tubanje gushimira Imana Data Mushoboravyose, yoyo yadufashije tugakoranira hano, kumbure nta muntu muri twebwe yari azi ko yoba agihema  aya  masaha turavye   ivyo duhitiyemwo. Ko rero iyo Mana yavyikoreye, twebwe ahacu  n’ugushima gusa.  Nihabwe […]