Politique

Le Général Major Evariste Ndayishimiye mène sa campagne à Vumbi, Kirundo
Actualité, Economie, Espace Presse, Politique

Le Général Major Evariste Ndayishimiye mène sa campagne à Vumbi, Kirundo

  Dans l’après-midi de dimanche 03 mai 2020, le Secrétaire Général et Candidat du Parti CNDD-FDD aux élections présidentielles du 20 mai 2020, le Général Major Evariste Ndayishimiye s’est rendu en province de Kirundo au nord du Burundi après avoir retiré sa carte d’électeur à Musama, sa colline natale, en commune de Giheta, province de…

IJAMBO RY’INTANGAMARARA RYO KU WA 25 RUHUHUMA 2020
Communiqués de presse, Communiqués et Déclarations, Espace Presse, Politique

IJAMBO RY’INTANGAMARARA RYO KU WA 25 RUHUHUMA 2020

  Tubanje gushimira Imana Mushobora vyose yadushikanye uwu musi turi bazima,twishira tukizana mu gihugu gitotahaye kirimwo amahoro n’amahonda, n’umutekano irakaninahazwa ibihe bidashira.   Kuru uyu musi igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2020, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza kenshi ko kumenyesha Aburundi n’Amakungu ko ko duhejeje gushikiriza Umugwi w’Igihugu ujejwe gutunganya Amatora CENI, ibisabwa n’amategeko vyose abahiganirwa iteka…

Umugambwe CNDD-FDD urashimishwa n’intambwe yo kurwiza ibiterwa bishasha njabukamazi.
Actualité, Economie, Politique

Umugambwe CNDD-FDD urashimishwa n’intambwe yo kurwiza ibiterwa bishasha njabukamazi.

Icegera c’Umunyabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD yarishikiye kuri uyu wa gatandatu (igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2020) ku mutumba wa Mihigo mu ntara ya Muyinga komine….ahariko habera ibikorwa vyo gutanguza icese gutera igiterwa njabukamazi ca kaju arico mu gifaransa bita anacardier. Ivyo bikorwa vyitabwe n’abagumyabanga isinzi bashigkiwe n’inzego z’umugambwe hamwe n’abashingamateka n’indongozi mu nzego zitandukanye. Umuhinga mubijanye…

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 26 IRANGIYE UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’ INCUNGU YA DEMOKARASI  NYENICUBAHIRO MERIKIYORO NDADAYE AGANDAGUWE
Actualité, Amatangazo, Communiqués de presse, Espace Presse, Politique

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 26 IRANGIYE UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’ INCUNGU YA DEMOKARASI  NYENICUBAHIRO MERIKIYORO NDADAYE AGANDAGUWE

    Mu gihe Abarundi twibuka imyaka mirongo ibiri n’itandatu irangiye Nyenicubahiro Prezida Ndadaye Merikiyori n’abo bafashanya kurongora igihugu bagandaguwe bunyamanswa n’abari bajejwe kubakingira, Umugambwe CNDD-FDD wongeye kwifatanya n’Abarundi bose bakunda igihugu cabo, mu gutera ivyatsi abo bansi b’igihugu abateguye n’abashize mu ngiro iryo bara ryakwegeye Uburundi mu kaga k’intambara yamaze imyaka irenga icumi.  …

COMMUNIQUE DE PRESSE DU PARTI CNDD-FDD A L’OCCASION DE LA COMMEMORATION DU 58EME ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DU PRINCE HEROS DE L’INDEPENDANCE
Actualité, Communiqués de presse, Espace Presse, Politique

COMMUNIQUE DE PRESSE DU PARTI CNDD-FDD A L’OCCASION DE LA COMMEMORATION DU 58EME ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DU PRINCE HEROS DE L’INDEPENDANCE

    « La lutte du Prince Louis Rwagasore  n’a pas été vaine«    A l’occasion de la commémoration du 58ème anniversaire de l’assassinat du Prince Louis Rwagasore, héro et martyr du recouvrement de la souveraineté nationale du Burundi par les ennemis de la paix et du peuple, le Parti CNDD-FDD se joint à toute la…

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 58 IHEZE INCUNGU YO KWIKUKIRA UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE AGANDAGUWE
Communiqués de presse, Espace Presse, Politique

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 58 IHEZE INCUNGU YO KWIKUKIRA UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE AGANDAGUWE

   ‘’Ineza y’abenegihugu Rwagasore yarwaniye iriko irashika’’ Imyaka 58 irarangiye Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore incungu yasubije Uburundi intahe yo kwikukira agandaguwe, umugambwe CNDD-FDD urifatanije n’Abarundi bose mu kwibuka iyo ncungu.   Uyu munsi n’uwo kwibukana icubahiro gihawe iyo ntwari yitanze ikigura abarundi kugirango dusubire ku ntahe yo kwikukira, kwishira no kwizana. Yaraharaniye iteka ry’Uburundi…

DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD RELATIVE A LA COMMEMORATION DU 25ème ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DE SON EXCELLENCE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE MELCHIOR NDADAYE, HEROS NATIONAL DE LA  DEMOCRATIE.
Actions de grâce, Actualité, Communiqués et Déclarations, Déclarations, Espace Presse, Politique

DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD RELATIVE A LA COMMEMORATION DU 25ème ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DE SON EXCELLENCE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE MELCHIOR NDADAYE, HEROS NATIONAL DE LA  DEMOCRATIE.

    Seule une lutte sans merci contre l’impunité permettra d’asseoir la culture démocratique au Burundi   A l’occasion de la commémoration du 25ème anniversaire de l’assassinat de Son Excellence le Président Melchior NDADAYE et ses proches collaborateurs, froidement assassinés dans le coup d’Etat sanglant du 21 octobre 1993, le Parti CNDD-FDD se joint à tous…

Actualité, Communiqués et Déclarations, Déclarations, Espace Presse, Politique

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 25 IRANGIYE UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’ INCUNGU YA DEMOKARASI  NYENICUBAHIRO MERIKIYORO NDADAYE AGANDAGUWE

    Mu gihe Abarundi buca twibuka imyaka mirongo ibiri n’itanu irangiye Nyenicubahiro Prezida Ndadaye Merikiyori n’abo bafashanya kurongora igihugu bagandaguwe bunyamanswa n’abari bajejwe kubakingira, Umugambwe CNDD-FDD wongeye kwifatanya n’Abarundi bose bakunda igihugu cabo, mu gutera ivyatsi abo bansi b’igihugu bateguye bakongera bashira mu ngiro iryo bara ryakwegeye Uburundi mu kaga k’intambara yamaze imyaka irenga…

Lancement de la mise en oeuvre d’une résolution du Comité Central du Parti
Actualité, Espace Presse, Politique

Lancement de la mise en oeuvre d’une résolution du Comité Central du Parti

Muramvya, 15 septembre 2018: La ligue des Femmes du Parti CNDD-FDD en province Muramvya a organisé ce samedi son grand rassemblement provincial en présence de la responsable du Département Ligue des Femmes au niveau national Mme Goreth Yamuremye et du Secrétaire National en charge des Ligues affiliées au Parti CNDD-FDD (La ligue des Jeunes, la Ligues…

1 6 7 8 9 10