Chers frères Burundais, Chers membres du Parti CNDD-FDD Chers amis et sympathisants du Parti CNDD-FDD Que notre Dieu soit loué en tout temps et en tout lieu; Que tous sachent que c’est le Bon Dieu qui a toujours sécouru les Burundais. C’est ce Dieu que nous prions qui viens d’honorer le Burundi. …
Ijambo rishikirijwe na Nyakwubahwa Gen Maj Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25 rusama 2020.
Barundi benewacu, Ncuti z’umugambwe CNDD-FDD Imana mukama wacu ni ishimagizwe ibihe vyose; Amahanga yose abimenye ko ariyo yama irokora Uburundi ibihe vyose. Ni iyo Mana dusenga yaraye iteturuye kandi Uburundi. Kw’izina ry’abagumyabanga bose bahurikiye mu mugambwe CNDD-FDD, incuti n’abagenzi b’umugambwe CNDD-FDD ; Ndi n’iteka n’akanyamuneza ntangere vyo gukeza abarundi isinzi bitavye amatora yo kuri uwu…
Samuragwa: « Umushinge mw’iterambere dufise tuwukesha Nyenicubahiro Petero Nkurunziza »
Mu myiyamamazo y’amatora twimirije ku wa 20 Rusama 2020, yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, Samuragwa wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu, Nyakwubahwa Jenerali Majoro Varisito Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi dufise umushinge ukomeye mw’iterambere wubatswe n’Imboneza yamaho, Nyenicubahiro Petero Nkurunziza, Umukuru w’igihugu c’Uburundi. Samuragwa amenyesha ko…
Samuragwa: »Kuba impunzi mu gihugu c’amavukiro bigiye gusezererwa »
Mu bikorwa vy’imiyamamazo Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu yimirije ku wa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye amazemwo iminsi, aha aciye hose amenyesha ko Leta azoba arongoye izoca isezerera ikibazo co kwitwa impunzi mu gihugu c’amavukiro. No mu bikorwa vyabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi kuri…
Abanya Karusi barakengurukira Samuragwa kubona yarabazaniye Tanganyika i Karusi
Mu myiyamamazo yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, aho Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora yo kuwa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, yari yahishikiye, abanya Karusi baragaragaje umunezero udasanzwe, kubona Samuragwa yarabazaniye Tanganyika i Karusi. Jenerari Majoro Ndayishimiye ati: “Si bimwe…
Samuragwa: « AbanyaKarusi murafise impavu yo gushimira Imana »
Kuri uwu wa 5 Rusama 2020, niho Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora azoba kuwa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, yiyamamarije mu ntara ya Karusi, aho imbere y’umutaga yari muri komine Nyabikere, inyuma y’umutaga naho akaja muri komine Buhiga. Muri ivyo bibanza vyompi, Samuragwa yibukije abanya Karusi ko bafise impamvu, mbere…
Akabirya uno mwaka, Samuragwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye mukwimikwa azorahirira imbere y’Abarundi bose ishengero rikoranye
Muri rwa rukurikirane rw’amakoraniro y’imyiyamamazo y’Umugambwe CNDD-FDD n’umukandida wawo mu matora mu matora yimirije, ku munsi wa kane hirya no hino mu Burundi bwose, ibikorwa vyari bigizwe n’ibice bibiri: ya masengesho Umugambwe CNDD-FDD usanzwe utunganya buri munsi wa kane usozera ukwezi, hamwe rero n’ibikorwa nyezina vy’imyiyamamazo. Uwo munsi umukandida wa CNDD-FDD, Nyakwubahwa Samuragwa Jenerari…
A Kirundo, la priorité sera la mise en place des systèmes d’irrigation
Le 04 mai 2020, le candidat du parti CNDD-FDD aux élections présidentielles du 20 mai 2020, le Général Major Evariste Ndayishimiye, a battu sa campagne à Nyarunazi dans la zone de Mukerwa, en commune de Busoni, province de Kirundo. Le Général Ndayishimiye a juré qu’il va prendre le taureau par les cornes pour…
Le Général Major Evariste Ndayishimiye mène sa campagne à Vumbi, Kirundo
Dans l’après-midi de dimanche 03 mai 2020, le Secrétaire Général et Candidat du Parti CNDD-FDD aux élections présidentielles du 20 mai 2020, le Général Major Evariste Ndayishimiye s’est rendu en province de Kirundo au nord du Burundi après avoir retiré sa carte d’électeur à Musama, sa colline natale, en commune de Giheta, province de…
IJAMBO RY’INTANGAMARARA RYO KU WA 25 RUHUHUMA 2020
Tubanje gushimira Imana Mushobora vyose yadushikanye uwu musi turi bazima,twishira tukizana mu gihugu gitotahaye kirimwo amahoro n’amahonda, n’umutekano irakaninahazwa ibihe bidashira. Kuru uyu musi igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2020, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza kenshi ko kumenyesha Aburundi n’Amakungu ko ko duhejeje gushikiriza Umugwi w’Igihugu ujejwe gutunganya Amatora CENI, ibisabwa n’amategeko vyose abahiganirwa iteka…









