MESSAGE DU SECRETAIRE GENERAL DU PARTI CNDD-FDD A LA PROCLAMATION DES RESULTATS PAR LA CENI
Mai25

MESSAGE DU SECRETAIRE GENERAL DU PARTI CNDD-FDD A LA PROCLAMATION DES RESULTATS PAR LA CENI

  Chers frères Burundais, Chers membres du Parti CNDD-FDD Chers amis et sympathisants du Parti CNDD-FDD Que notre Dieu soit loué en tout temps et en tout lieu; Que tous sachent que c’est le Bon Dieu qui a toujours sécouru les Burundais.   C’est ce Dieu que nous prions qui viens d’honorer le Burundi.   Au nom de tous les Bagumyabanga, des amis et sympathisants du Parti CNDD-FDD;   J’ai l’honneur dans une immense...

Read More
Ijambo rishikirijwe na Nyakwubahwa Gen Maj Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25 rusama 2020.
Mai25

Ijambo rishikirijwe na Nyakwubahwa Gen Maj Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25 rusama 2020.

Barundi benewacu, Ncuti z’umugambwe CNDD-FDD Imana mukama wacu ni ishimagizwe ibihe vyose; Amahanga yose abimenye ko ariyo yama irokora Uburundi ibihe vyose. Ni iyo Mana dusenga yaraye iteturuye kandi Uburundi.   Kw’izina ry’abagumyabanga bose bahurikiye mu mugambwe CNDD-FDD, incuti n’abagenzi b’umugambwe CNDD-FDD ; Ndi n’iteka n’akanyamuneza ntangere vyo gukeza abarundi isinzi bitavye amatora yo kuri uwu wa gatatu igenekerezo...

Read More
Samuragwa: « Umushinge mw’iterambere dufise tuwukesha Nyenicubahiro Petero Nkurunziza »
Mai06

Samuragwa: « Umushinge mw’iterambere dufise tuwukesha Nyenicubahiro Petero Nkurunziza »

Mu myiyamamazo y’amatora twimirije ku wa 20 Rusama 2020, yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, Samuragwa wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu, Nyakwubahwa Jenerali Majoro Varisito Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi dufise umushinge ukomeye mw’iterambere wubatswe n’Imboneza yamaho, Nyenicubahiro Petero Nkurunziza, Umukuru w’igihugu c’Uburundi. Samuragwa amenyesha ko hari abatanezerewe...

Read More
Samuragwa:  »Kuba impunzi mu gihugu c’amavukiro bigiye gusezererwa »
Mai06

Samuragwa:  »Kuba impunzi mu gihugu c’amavukiro bigiye gusezererwa »

  Mu bikorwa vy’imiyamamazo Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu yimirije ku wa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye amazemwo iminsi, aha aciye hose amenyesha ko Leta azoba arongoye izoca isezerera ikibazo co kwitwa impunzi mu gihugu c’amavukiro.   No mu bikorwa vyabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi kuri uwu wa 5 Rusama 2020 yarabigarutseko, aho yasavye...

Read More
Abanya Karusi barakengurukira Samuragwa kubona yarabazaniye Tanganyika i Karusi
Mai05

Abanya Karusi barakengurukira Samuragwa kubona yarabazaniye Tanganyika i Karusi

    Mu myiyamamazo yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, aho Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora yo kuwa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, yari yahishikiye, abanya Karusi baragaragaje umunezero udasanzwe, kubona Samuragwa yarabazaniye Tanganyika i Karusi.   Jenerari Majoro Ndayishimiye ati: “Si bimwe abanyeporitike bahora bababesha kera ngo...

Read More
Samuragwa: « AbanyaKarusi murafise impavu yo gushimira Imana »
Mai05

Samuragwa: « AbanyaKarusi murafise impavu yo gushimira Imana »

  Kuri uwu wa 5 Rusama 2020, niho Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora azoba kuwa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, yiyamamarije mu ntara ya Karusi, aho imbere y’umutaga yari muri komine Nyabikere, inyuma y’umutaga naho akaja muri komine Buhiga.   Muri ivyo bibanza vyompi, Samuragwa yibukije abanya Karusi ko bafise impamvu, mbere nawe nyene atikuyemwo, yo gushimira Imana, ngo kuko...

Read More