Le Parti CNDD-FDD se joint à tous ses militants et à tous les Burundais en général, pour manifester sa joie et enthousiasme suite à la décision responsable du Conseil de Sécurité de l’Organisation des Nations Unies de retirer le Burundi de son agenda politique. Cette […]
The CNDD-FDD Party joins all its members and all Burundians in general, to manifest their happiness and enthusiasm following the United Nations Security Council’s right decision to remove Burundi from its political agenda. This decision marks the recognition by the Security Council of the real […]
Umugambwe CNDD-FDD wifatikanije n’abagumyabanga bose, ndetse n’abarundi bose muri rusangi kugira ugaragaze icese ko wakiranye urweze ingingo rugabo iherutse gufatwa n’urwego rujejwe umutekano mw’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU, iyo ngingo ikura Uburundi ku rutonde rw’ivyigwa mu bijanye n’umutekano n’agateka ka zina muntu. Iyo ngingo irerekanye neza ko […]

En ce merveilleux jour pour les amis de la paix et de la démocratie, le parti CNDD-FDD remercie avec une joie inégalée le Dieu tout Puissant qui a guidé les Burundais durant tout le processus électoral qui a abouti aux élections du 20 mai […]

Kuri uyu munsi mwiza ku bakunzi b’amahoro na demokarasi, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza ntangere ko gushimira ubwa mbere Imana Mushoboravyose yagiye imbere abarundi mu nteguro no mu matora nyezina yabaye ku wa 20 rusama 2020. Umugambwe CNDD-FDD urakeje abarundi isinzi bitavye amatora yo kw’igenekerezo […]
Tubanje gushimira Imana Mushobora vyose yadushikanye uwu musi turi bazima,twishira tukizana mu gihugu gitotahaye kirimwo amahoro n’amahonda, n’umutekano irakaninahazwa ibihe bidashira. Kuru uyu musi igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2020, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza kenshi ko kumenyesha Aburundi n’Amakungu ko ko duhejeje gushikiriza Umugwi […]

Ce 21 octobre 2019, le peuple Burundais commémore, les rangs serrés et dans la tristesse, le 26ème anniversaire de l’ignoble assassinat du premier Président démocratiquement élu et ses proches collaborateurs démocrates. le Parti CNDD-FDD se joint à tous les Citoyens Patriotes du Burundi […]

Mu gihe Abarundi twibuka imyaka mirongo ibiri n’itandatu irangiye Nyenicubahiro Prezida Ndadaye Merikiyori n’abo bafashanya kurongora igihugu bagandaguwe bunyamanswa n’abari bajejwe kubakingira, Umugambwe CNDD-FDD wongeye kwifatanya n’Abarundi bose bakunda igihugu cabo, mu gutera ivyatsi abo bansi b’igihugu abateguye n’abashize mu ngiro iryo bara […]

“La lutte du Prince Louis Rwagasore n’a pas été vaine“ A l’occasion de la commémoration du 58ème anniversaire de l’assassinat du Prince Louis Rwagasore, héro et martyr du recouvrement de la souveraineté nationale du Burundi par les ennemis de la paix et […]

‘’Ineza y’abenegihugu Rwagasore yarwaniye iriko irashika’’ Imyaka 58 irarangiye Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore incungu yasubije Uburundi intahe yo kwikukira agandaguwe, umugambwe CNDD-FDD urifatanije n’Abarundi bose mu kwibuka iyo ncungu. Uyu munsi n’uwo kwibukana icubahiro gihawe iyo ntwari yitanze ikigura abarundi kugirango dusubire […]