Actualité

Burunga : Abagumyabanga barashigikiye Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu.
Politique

Burunga : Abagumyabanga barashigikiye Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu.

Ku civugo kigira giti: « Guma kw’ivola, Abarundi twibandanirize kurya umunyenga w’amahoro n’iterambere », Abagumyabanga bo mu ntara ya Burunga batunganije ibirori vyo gukeza Umukuru w’Igihugu ku cizere aherutse kugirirwa mw’ikoraniro kaminuza ry’Umugambwe CNDD-FDD ryabereye i Gitega. Ivyo birori vyaranzwe n’urugendo rw’Abagumyabanga bo mu makomine yose agize iyo ntara, hamwe n’imvukira zayo, berekana ubumwe n’ishaka…

IJAMBO NYENICUBAHIRO Evariste NDAYISHIMIYE YASHIKIRIJE KU WA 26 NDAMUKIZA 2026 INYUMA YO KWEMEZWA N’IKORANIRO KAMINUZA RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD NGO AZOSERUKIRE UWO MUGAMBWE MU MATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU YO MU 2027.   

Ni akanyamuneza ntangere mfise kuri uyu musi kuntera iteka kugira nze ndabaserukire. Binteye akanyamuneza kuko vyerekana neza ko igikorwa mwari mwanshinze ubwa mbere nakiranguye, kandi mukongera mugashima. Turashimiye rero Imana Mushoboravyose kuko twarabonye ko imigambi idufitiye atari imigambi y’amarushwa, ariko ari imigambi y’amahoro kugira ngo iduhe kazoza n’ukwizigira. Ndashimiye abagumyabanga kuko mutakijuragirika; muzi neza iciza…

IMPANURO ZISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’UMUKURU W’INAMA NKURU Y’INARARIBONYE MU MUGAMBWE CNDD-FDD
Politique

IMPANURO ZISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’UMUKURU W’INAMA NKURU Y’INARARIBONYE MU MUGAMBWE CNDD-FDD

Nyenicubahiro Mana Data Muremyi w’isi n’ijuru, Mana y’Uburundi n’Abarundi, we watuzigamye ukaduha kunezerererwa hamwe uyu musi; nuhabwe icubahiro uyu musi n’ibihe vyose.   Banyakwubahwa muri mu nama nkuru y’inararibonye z’umugambwe CNDD-FDD n’abakenyererarugamba banyu, Nyeniteka Mukuru w’Inama Nkenguzamateka y’Uburundi n’umukenyererarugamba wanyu, Banyakwubahwa muri mu buserukizi bukuru bw’Umugambwe CNDD-FDD, Nyakwubahwa Murongoye Umuhari mwiza w’Abakenyererarugamba ku rwego rw’igihugu,…

Umukenyererarugamba Day(5ème edition): Une conférence scientifique de haut niveau à l’intention des Femmes leaders Bakenyererarugamba
Ligue des Femmes, Politique

Umukenyererarugamba Day(5ème edition): Une conférence scientifique de haut niveau à l’intention des Femmes leaders Bakenyererarugamba

Le parti CNDD-FDD a organisé le vendredi, 13 mars 2026, dans les enceintes du Grand Séminaire Jean Paul II de Gitega, une conférence scientifique de haut niveau à l’intention des Femmes leaders Bakenyererarugamba (=femmes membres du CNDD-FDD, ndlr). Cette conférence intervient à la veille de la célébration de la 5ème édition de la journée dédiée…

Le Secretaire General du parti CNDD-FDD intensifie la mobilisation des leaders communaux pour concrétiser la vision 2040-2060
Politique

Le Secretaire General du parti CNDD-FDD intensifie la mobilisation des leaders communaux pour concrétiser la vision 2040-2060

02/02/2026 – 22/02/2026: Vingt jours après le lancement officiel de sa tournée nationale, le Secrétaire général du Parti CNDD-FDD, Très Hon. Révérien Ndikuriyo, poursuit activement les séances de mobilisation et d’encadrement des leaders communaux à travers tout le Burundi.   Initiée le 02 février 2026 à Muramvya, en province de Gitega, cette tournée s’inscrit dans…

CNDD-FDD : le Secrétaire général mobilise les Bagumyabanga autour des projets de développement
Economie, Politique

CNDD-FDD : le Secrétaire général mobilise les Bagumyabanga autour des projets de développement

Dans le cadre de la mise en œuvre des orientations issues du congrès extraordinaire du parti CNDD-FDD, le Secrétaire général, Très Honorable Révérien Ndikuriyo, a lancé une série de descentes dans les communes du pays visant à expliquer et à renforcer l’appropriation des grands projets de développement définis par le parti. Cette tournée a débuté…

Burundi – Société : Le parti CNDD-FDD lance une campagne nationale de formation destinée aux femmes leaders du parti (Abakenyererarugamba).
Ligue des Femmes, Politique

Burundi – Société : Le parti CNDD-FDD lance une campagne nationale de formation destinée aux femmes leaders du parti (Abakenyererarugamba).

Le parti CNDD-FDD a officiellement lancé une vaste campagne de formation à l’intention des Bakenyererarugamba, dans le but de renforcer leurs capacités et de consolider leur rôle au sein des familles et des communautés. Cette initiative a été annoncée ce vendredi à Bujumbupar le Secrétaire Général dudit parti, Très Honorable Révérien Ndikuriyo, lors de l’ouverture…

Le parti CNDD-FDD s’engage à promouvoir les plantes d’exportation.
Economie

Le parti CNDD-FDD s’engage à promouvoir les plantes d’exportation.

Le 1er février 2025, Honorable Cyriaque Nshimirimana, Secrétaire Général Adjoint du parti CNDD-FDD, a participé à des travaux communautaires de plantation de cafétiers dans la commune de Ruyigi, province de Buhumuza. Ce projet vise à renforcer la production des cultures d’exportation pour soutenir l’économie nationale. « Le champ concerné, situé sur la colline Rubaragaza en…

Le parti CNDD-FDD prend en charge les frais médicaux de neuf patients guéris, bloqués dans les hôpitaux faute de moyens.
Actualité

Le parti CNDD-FDD prend en charge les frais médicaux de neuf patients guéris, bloqués dans les hôpitaux faute de moyens.

Environs dix millions de FBu est la somme payée ce 17 janvier 2025, par le parti CNDD-FDD pour régler les factures médicales de neuf patients guéris et retenus dans les structures de santé faute de paiement des soins médicaux. Ces derniers risquaient de contracter d’autres maladies en restant dans les hôpitaux Cet acte de charité…

1 2 3 19