Ce mercredi 4 novembre, le Président de la République du Burundi, son épouse et les cinq membres du Gouvernement qui font partie de la Délégation de Haut Niveau en Guinée Equatoriale pour la Visite d’Etat effectuée par SE Evariste Ndayishimiye, ont effectué une descente pour se rendre compte d’importants investissements dans le domaine de l’agro-alimentaire,…
Le Président Evariste Ndayishimiye est arrivé à Malabo ce 2 novembre pour une visite d’Etat de 5 jours.
Sur invitation de SE Obiang Nguema Mbasogo, Président de la République de Guinée Equatoriale, le Président de la République du Burundi, SE Evariste Ndayishimiye effectue une visite d’Etat de 5 jour en Guinée Equatoriale. Il est arrivé à Malabo, Capitale de la Guinée Equatoriale, cet après midi à 14h30, heure de Malabo. A son arrivée…
Icegera c’Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD ahamagarira indongozi zo mu ntara ya Bujumbura kubera abavyeyi abo barongoye
Gukeza abatowe mu ntara ya Bujumbura no kubasaba kubera abavyeyi abo barongoye, gusubiza abagumyabanga ku kivi inyuma y’amatora, kuganira ku bibazo bijanye no kubungabunga amahoro n’umutekano, ni bimwe mu vyashikanye mu ntara ya Bujumbura, icegera c’Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, Umukenguzamateka Yozefu Ntakirutimana, aho kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 31 Gitugutu 2020, yagiranye inama n’abarongoye…
Abagumyabanga bahamagirwa kwirinda ishari n’ubwishime.
“Ntihagire ico mugira mubitumwe n’ishari canke n’ubwishime, ariko mwicishe bugufi umwe wese akiyumvira yuko mugenzi we amuruta” AbanyaFilipi 2:3 Iryo niryo jambo ry’urufatiro rw’inyigisho n’amasengesho asozera ukwezi kwa Gitugutu yatunganijwe nk’uko bisanzwe n’Umugambwe CNDD-FDD. Ayo masengesho yabereye ku ngoro nkuru y’i Bujumbura, yatewe iteka na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi n’umutambukanyi wiwe, Nyeniteka arongoye inama nshingamateka…
COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD APRES LA PUBLICATION DES RESULTATS DEFINITIFS DES ELECTIONS DU 20 MAI 2020 PAR LA COUR CONSTITUTIONELLE
En ce merveilleux jour pour les amis de la paix et de la démocratie, le parti CNDD-FDD remercie avec une joie inégalée le Dieu tout Puissant qui a guidé les Burundais durant tout le processus électoral qui a abouti aux élections du 20 mai 2020. Le parti CNDD-FDD félicite les millions de Burundais qui…
Samuragwa: »intara ya Kirundo igiye gusubira kuba ikigega c’igihugu »
Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 04 Rusama 2020, umukandida Umugambwe CNDD-FDD washize imbere ngo azitoze mu kibanza c’Umukuru w’Igihugu mu matora yo ku wa 20 Rusama 2020, Nyakubahwa Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye yiyamamarije mu ntara ya Kirundo, aho Abagumyabanga bari baje kumusanganira bari bakubise burazima ku kibuga c’i Nyarunazi muri komine Busoni….
Umugambwe CNDD-FDD watanguje icese imyiyamamazo y’amatora ya 2020.
Bugendana, 27 Ndamukiza 2020: Kuri uwu wa mbere, igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2020, niho umugambwe CNDD-FDD watanguza imyiyamamazo y’amatora yo ku wa 20 Rusama 2020, akazoba yerekeye itorwa ry’Umukuru w’igihugu, Abashingamateka n’Abajenama b’amakomine. Ivyo bikorwa vyatangurijwe muri komine Bugendana, intara ya Gitega, bikaba vyitabwe n’isinzi ry’Abagumyabanga, n’incuti za CNDD-FDD baje bava mu yindi migambwe, …
Umugambwe CNDD-FDD ubandanya uhurumbirwa na bose mu ntara ya Muyinga
Abagumyabanga ntibasiba kugaragaza umunezero wabo inyuma yaho Ikoraniro Kaminuza ridasanzwe ry’Umugambwe CNDD-FDD ritoreye Gen Maj Varisito Ndayishimiye azowuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu.Mu ntara ya Muyinga, muri komine Giteranyi kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2020, hari haramutse ibirori vyo kwiginana vyatunganijwe n’umuhari w’imbonerakure. Ivyo birori vyatewe iteka n’icegera c’umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD umukenguzamateka…