Non classé

Sebarundi ati: « Dushaka indongozi zitwararika abagumyabanga, atari bamwe baharanira ivyicaro »
Non classé

Sebarundi ati: « Dushaka indongozi zitwararika abagumyabanga, atari bamwe baharanira ivyicaro »

Mw’ijambo Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, Umukuru w’igihugu akaba n’umukuru w’Inama Nkuru y’Inararibonye yashikirije mu kwugurura icese Ikoraniro Kaminuza Ridasanzwe yaribukije ico arico kuba indongozi mu Bagumyabanga. Ati :“Kuba indongozi mu mugambwe CNDD-FDD, ni ibanga, ni umuhamagaro, ni igitsibo, ni ukwemera gukora udaharura amasaha. Ni ukwemera gukorera abenegihugu utiziganya; bitandukanye rero na bimwe vya kera, aho wamengo…

Umugumyabanga Reveriyano Ndikuriyo yatowe ngo abe  umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD
Non classé

Umugumyabanga Reveriyano Ndikuriyo yatowe ngo abe umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD

Umugumyabanga Reveriyano Ndikuriyo, asanzwe yarizewe n’abenegihugu bo mu tara ya Makamba ngo abaserukire mu nama nkenguzamateka mu matora aheruka yo mu 2020, niwe Abagumyabanga bagize Ikoraniro Kaminuza ry’Umugambwe CNDD-FDD batoye ngo abarongore nk’Umunyamabanga Mukuru. Aho hari mw’Ikoraniro Kaminuza ryatunganijwe n’Umugambwe CNDD-FDD kuri uyu wa 24 Nzero 2020 ku civugo: «Bagumyabanga dukomeze Demokarasi mu Burundi mu…

IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU YUGURURA ICESE IKORANIRO KAMINUZA RIDASANZWE RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD
Non classé

IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU YUGURURA ICESE IKORANIRO KAMINUZA RIDASANZWE RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD

Kubw’Imana Mushoboravyose, Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana. Imbere ya vyose tubanje gushimira Imana Rugiravyose yadushikanye kuri uyu musi turi bazima. Nihabwe icubahiro Yo yama izigama Uburundi n’Abarundi, tuzokwama tuyishira imbere muri vyose na hose. Reka mbanze kubaha ikaze mwebwe mwese ndanabakengurukira ko mwashoboye kwitaba ubutumire twabahaye. Kw’Izina ry’Abagumyabanga, turabahaye ikaze. Ni mwiyumve ngaha i Gitega, ku…

COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD RELATIF A LA DECISION DU  CONSEIL DE SECURITE DES NATIONS UNIES DE RETIRER LE BURUNDI  DE SON AGENDA  POLITIQUE
Actualité, Communiqués de presse, Communiqués et Déclarations, Diplomatie, Espace Presse, Non classé, Politique

COMMUNIQUE DU PARTI CNDD-FDD RELATIF A LA DECISION DU CONSEIL DE SECURITE DES NATIONS UNIES DE RETIRER LE BURUNDI DE SON AGENDA POLITIQUE

  Le Parti CNDD-FDD se joint à tous ses militants et à tous les Burundais en général, pour manifester sa joie et enthousiasme suite à la décision responsable du Conseil de Sécurité de l’Organisation des Nations Unies de retirer le Burundi de son agenda politique. Cette décision marque la reconnaissance par le Conseil de Sécurité de…

PRESS RELEASE FROM THE CNDD-FDD PARTY FOLLOWING  THE DECISION BY THE UNITED NATIONS SECURITY COUNCIL TO REMOVE BURUNDI FROM ITS POLITICAL AGENDA
Actualité, Communiqués et Déclarations, Espace Presse, Non classé, Press Releases

PRESS RELEASE FROM THE CNDD-FDD PARTY FOLLOWING THE DECISION BY THE UNITED NATIONS SECURITY COUNCIL TO REMOVE BURUNDI FROM ITS POLITICAL AGENDA

    The CNDD-FDD Party joins all its members and all Burundians in general, to manifest their happiness and enthusiasm following the United Nations Security Council’s right decision to remove Burundi from its political agenda. This decision marks the recognition by the Security Council of the real situation in Burundi; it is a positive response…

Le Président Evariste Ndayishimiye relance le dialogue au plus haut niveau entre le Burundi et l’Union Européenne
Non classé

Le Président Evariste Ndayishimiye relance le dialogue au plus haut niveau entre le Burundi et l’Union Européenne

Le Burundi et l’Union Européenne ont renoué le dialogue au plus haut niveau ce lundi 7 décembre, par une audience que le Chef de l’Etat Evariste Ndayishimiye a accordée, au Palais Ntare Rushatsi, au Représentant de l’Union Européenne au Burundi en compagnie des ambassadeurs des pays membres de l’Union Européenne ayant leur résidence à Bujumbura,…

Abagumyabanga bahamagarirwa  kugwanya ubunebwe, nkomoko y’ubukene
Non classé

Abagumyabanga bahamagarirwa kugwanya ubunebwe, nkomoko y’ubukene

Nk’uko Reta Mvyeyi, Reta Nkozi idasiba guhamagarira abarundi kugwanya ubukene babicishije mu gukunda ibikorwa, Umugambwe CNDD-FDD ntiwasigaye inyuma aho kuri uyu wa kane wa nyuma w’ukwezi Munyonyo 2020 watunganije amasengesho yo gukengurukira Imana ku rufatiro: « Hagize umuntu adashaka gukora, n’ukurya ntarye ». Icegera c’Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD -FDD afatiye kuri kahise k’Uburundi, yibukije abagumyabanga ko kuva…

Umukuru w’igihugu aragabisha abagoronome n’abafundi b’indimo badasanga abenegihugu ku kivi
Non classé

Umukuru w’igihugu aragabisha abagoronome n’abafundi b’indimo badasanga abenegihugu ku kivi

Inyuma y’urugamba rwo kugarura amahoro na demokarasi, Uburundi bwarahagurukiye ikibazo kijanye n’inzara mu benegihugu. Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu ahamagarira abarundi gukunda ibikorwa kuko ata muntu n’umwe yakuye amaboko mu mpuzu agakora abayeho nabi. Arakebura abakozi bakora mu bushikiranganji bw’uburimyi hamwe n’abafundi b’indimo bishinga kuguma mu biro aho kuja ku kivi bigishe abenegihugu kurima kijambere gutyo umwimbu…

Abahumure basaba iki?
Non classé

Abahumure basaba iki?

Bahati Jérôme aserukira ishirahamwe ry’abahumure ku rwego w’igihugu, mw’ijambo ryiwe, yashikirije  ko intwari ku rugamba zarangwa no kugira urunani, kwitanga hamwe no kwama zimenya ibihe zigezemwo gutyo zigakomeza kugwaniriza hamwe urugamba. Bahati Jerome yagiriyeko asaba ko hoba itegeko ribagenga, gusubiramwo itegeko rigenga abahumure mu mugambwe CNDD-FDD, gushigikira koperayive batanguje, gusakarirwa amazu kuko benshi baba mu…

Umuntu wese adateramiye amahoro, ntacungere imbibe z’igihugu ni umumenja
Non classé

Umuntu wese adateramiye amahoro, ntacungere imbibe z’igihugu ni umumenja

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 21 Munyonyo 2020 niho hasozerwa muri komine Buhiga y’intara ya Karusi indwi yahariwe Intwari ku rugamba. Nyenicubahiro umukuru w’Igihugu Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye yasavye abarundi kutanjanjwa ku mahoro n’umutekano baronse bigoranye. Akaba yahamagariye abarundi bose, abagumyabanga hamwe n’abari mu yindi migambwe kuyateramira uhereye ku mwana kugeza ku wukuze, kuko…

1 2 3 4 5 6 7