Kuri uyu wa kane , iginekerezo rya 24 Myandagaro 2023, Icegera c’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Umwubahwa Cyriaque yaruguruye icese bikorwa vy’inama y’urwaruka , yatunganijwe mu ntumbero yo guhimbaza umusi mukuru wahariwe Imbonerakure, wategekanijwe ku wa 26 Myandagaro 2023. Mw’ijambo ryiwe ry’ikaze, Icegera c’Umunyamabanga yamenyesheje abaraho ko umusi mukuru wahariwe Imbonerakure ari umusi mwiza w’ukugira…
ITANGAZO RY’INAMA NKURU Y’INARARIBONYE Z’UMUGAMBWE CNDD-FDD
Muntumbero yo kurabira hamwe uko ubuzima bw’igihugu muri rusangi n’ubwo umugambwe CNDD-FDD vyifashe, Inama nkuru y’inararibonye z’umugambwe CNDD-FDD,yarakoranye kuri uyu wa 03 Mukakaro 2023 mu ngoro y’umugambwe i Gitega. Kabaye akaryo ko gusuzuma aho ishirwa mungiro ry’ingingo zapfunditswe n’ikoraniro risanzwe ry’umugambwe CNDD-FDD ryabereye i Gitega ku wa 22 Nzero 2023 rigeze, kurabira hamwe…
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 19 RUHESHI 2023
Imbere ya vyose tubanje gushimira Imana Mushoboravyose yadushikanye kuri uyu musi turi bazima, tuyininahaza. Icubahiro ni icayo ibihe bidashira muri vyose na hose. Hari ku wa 18 Ruheshi 2020, Imyaka itatu irarangiye, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, Umukuru w’igihugu c’Uburundi, arahiye imbere y’Imana n’Abarundi mu mabanga ahambaye y’iteka ryo kurongora Uburundi n’Abarundi. Twibuka kandi…
Umugambwe CNDD-FDD wanaguye inzego zifasha mu Buserukizi Bukuru
Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo yashize umukono kuri uyu wa 12 Ruheshi 2023 ku ngingo nomero 04/RL/CNDD-FDD/2023. Iyo ngingo ijanye n’igenwa ry’abarongoye ibisata mu Bunyamabanga Ntunganyabisata bw’Umugambwe CNDD-FDD. Ibisata n’ababirongoye nk’uko biboneka muri iyo ngingo ni aba bakurikira : MU BUNYAMABANGA NTUNGANYABISATA BUJEJWE INYIGISHO Z’AKARANGAMUTIMA, GUKUNDISHA IGIHUGU N’UMUGAMBWE, KWINJIZA ABANYWANYI MU MUGAMBWE…
Le Président Ndayishimiye est rentré à Bujumbura après le Sommet d’Addis Abeba
Le Chef de l’Etat Son Excellence Evariste Ndayishimiye, en compagnie de Son Épouse, est rentré ce lundi d’Addis Abeba où il avait participé au 36ème Sommet ordinaire des Chefs d’Etats et de gouvernements de l’Union Africaine. La population de Bujumbura lui a réservé un accueil chaleureux, en témoigne la joie qui caractérisait les attroupements sur…
Le CNDD-FDD mettra un accent particulier sur la formation idéologique et entrepreneuriale de ses militants.
Rutana , 24/11/2022 – A la suite d’une retraite de 2 jours, ce jeudi, Hon. Ndikuriyo Reverien, Secrétaire Général du Parti CNDD-FDD, était à Rutana ce jeudi, reçu par le Secrétaire Provincial du CNDD-FDD Rutana et son équipe dirigeante jusqu’à la base, à l’occasion d’une tournée dans toutes les provinces burundaises pour…
Umugambwe CNDD-FDD wanaguye abagize Ubuserukizi Bukuru
Inama Nkuru y’Inararibonye yakoranye i Bujumbura, umurwa mukuru w’ubutunzi, kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 02 Munyonyo 2022, irongowe na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi akaba n’Umukuru w’Inama Nkuru Y’Inararibonye mu mugambwe CNDD-FDD. Abayigize bose Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye, Umukuru w’igihugu akaba n’Umukuru w’Inama Nkuru y’Inararibonye Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo, Umunyamabanga Mukuru Hon Yozefu Ntakirutimana, icegera…
#UmukenyererarugambaDay célébrée en grande pompe à Gitega
En présence du Secrétaire Général du Parti CNDD-FDD Hon Révérien Ndikuriyo, dans la belle capitale politique au Stade Ingoma de Gitega, des milliers de militantes joie débordante ont répondu massivement ce samedi 26 mars 2022 à la célébration de la journée leur dédiée, #UmukenyererarugambaDay. Cette première édition qui entre désormais dans l’agenda des fêtes…
Ibikorwa Rusangi: Abagumyabanga bariko biyubakira ingoro y’Umugambwe mw’i Komine igeretse (Mutimbuzi)
Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo arabandanya kwishikira ku kivi mu ntumbero yo gusubiza akanovera ibikorwa rusangi, kuri munsi wagatandatu igenekerezo rya 05 Ntwarante 2022 yishikiye mubikorwarusangi mu Ntara ya Bujumbura muri komine Mutimbuzi, aho yifatikanije n’abenegihugu mu kubaka ingoro y’umugambwe CNDD-FDD ya komine Mutimbuzi.Iyo ngoro y’umugambwe ikazokubakwa muburyo ba kijambere(étage), ikaba kandi izotwara…
Abarenga 4800 binjiye icese mu mugambwe CNDD-FDD muri Komine Mutimbuzi
Kari akanyamuneza ku bagumyabanga bo mu Ntara ya Bujumbura neza na neza muri komine ya Mutimbuzi, kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 05 Gitugutu 2022, aho baramutse biyakirira Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo, aherekejwe n’Umunyabigega Zeno Ndaruvukanye ari munama y’Inararibonye mu Mugambwe CNDD-FDD, asanzwe ari n’imvukira yo mur’iyo Ntara ya Bujumbura, n’Abanyamabanga ntunganyabisata batatu….