Mana Mushobora vyose; Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu cacu c’Uburundi ukaba n’Umukuru w’Inama Nkuru y’Inararibonye, n’Umutambukanyi wanyu; Nyakubahwa Mukuru w’Inama Nshingamateka mukaba no mu Nama Nkuru y’Inararibonye, n’Umutambukanyi wanyu; Banyakwubahwa muri mu Nama Nkuru y’Inararibonye; Banyakwubahwa muri mu Buserukizi Bukuru bw’Umugambwe CNDD-FDD; Nyakwubahwa Muhuza w’Abarundi; Nyakwubahwa Cegera […]
