Communiqués et Déclarations

Tangazo

TANGAZO N° 003/2016 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 17 FEBRUARI, 2016.

Wanaokalia fikra za mauaji ya halaiki na mashimo walipozikwa watu wengi kwa pamoja, ndio hao wasiokubali Mazungumzo ya Warundi na ile Kamati ya Ukweli na Maridhiano ya Warundi (CVR) 1. Katika mwaka 1959, baada ya kushindwa kuangusha utawala wa wakati ule nchini Rwanda, kuna baadhi ya Wanyarwanda walikimbilia nchini Burundi na kupewa hifadhi ya ukimbizi….

Amatangazo

Ijambo rishikirijwe abagumyabanga ku musi wo kwigina umwaka mushasha w’2016

Bagumyabanga, Bakenyererarugamba, Mbonerakure, Barundi, Barundikazi, Ncuti z’umugambwe wacu CNDD-FDD, Kuri uyu musi uri hejuru, igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2016, abagumyabanga bo mu mihingo yose y’igihugu basidukanye n’iyonka kugira biginane mu kwipfurizanya umwaka mushasha tumaze imisi twinjiyemwo wa 2016. Nk’uko bisanzwe ari umugenzo mu mugambwe CNDD-FDD, uko umwaka utashe mu ntango z’umwaka haraba umugirwa wo kwipfurizanya…

Amatangazo

ITANGAZO NO 002/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 02 RUHUHUHUMA 2016

Inama igira 26 y’Abakuru b’ibihugu b’Ubumwe bwa Afrika yarerekanye ko batahuye Abenegihugu b’Abarundi nabo bakaba bazobasubiriza mu ndumane Kuva mu kwezi kwa Rusama 2015, Uburundi bwagiye buragirirwa inama z’urutavanako z’Abakuru b’Ibihugu b’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko, iz’Abakuru b’Ibihugu vy’Ubumwe bwa Afrika mbere n’Izishirahamwe Mpuzamakungu ONU. Iki gihugu carakurikiranywe bidasanzwe kandi bihagije kuko cagiye gisanga kiriko kirategurirwa…

Tangazo

TANGAZO N° 002/2016 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 02 FEBRUARI, 2016.

Mkutano wa 26 wa Marais wa Umoja wa Afrika ulionyesha kuwaelewa Warundi, nao wananchi watayafanyia kazi maazimio . Tangu mwezi Mei 2015, kumekuwepo na mfululizo wa mikutano ya Marais wa Jumuiya ya Afrika Mashariki, Wakuu wa Umoja wa Afrika hata mikutano ya Umoja wa Mataifa (UN) kuhusu masuala ya Burundi. Nchi hii ilifuatiliwa sana ikabainika…

Communiqués de presse

COMMUNIQUE NO 001/2016 DU PARTI CNDD-FDD DU 05 JANVIER 2016

DEMMARAGE DE DIALOGUE INTERBURUNDAIS, VOLET EXTERNE TENU A KAMPALA EN REPUBLIQUE UGANDAISE CE 28 DECEMBRE 2015 En date du 28 décembre 2015 à KAMPALA à Entebbe en Ouganda s’est réellement tenue une cérémonie d’ouverture du dialogue inter burundais sous la Facilitation Ougandaise parrainée par Son Excellence YOWERI KAGUTA Museveni, Président de la République Ougandaise ; Ont…

1 7 8 9 10 11 15