Communiqués et Déclarations

Amatangazo

ITANGAZO NO 001/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 05 NZERO 2016

ITANGUZWA RY’IBIGANIRO HAGATI Y’ABARUNDI VYABEREYE I KAMPALA MU GIHUGU C’UBUGANDE KU WA 28 KIGARAMA 2015. Kw’igenekerezo rya 28 Kigarama 2015 i Kampala mu Gihugu c’Ubuganda haratangujwe ku mugaragaro ibirori vyo kugurura icese ibiganiro hagati y’Abarundi bihagarikiwe na Nyenicubahiro YOWERI KAGUTA Museveni, Umukuru w’Igihugu c’Ubugande ; Muri ivyo birori hari hatumiwe abaserukiye Reta y’Uburundi, Umugambwe CNDD-FDD, bamwe…

Tangazo

TANGAZO No 001 /2016 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 05 JANUARI 2016

MWANZO WA MCHAKATO WA MAZUNGUMZO YA WARUNDI YALIYOANZA TAREHE 28 DESEMBA, 2015 ENTEBE KATIKA JAMHURI YA UGANDA. Tarehe 28 Desemba, 2015 Entebe nchini Uganda zilifanyika sherehe za uzinduzi rasmi wa mazungumzo ya warundi chini ya mpatanishi Mheshimiwa YOWERI KAGUTA Museveni Rais wa Uganda ; Walioalikwa na kuhudhuria katika uzinduzi huo ni wawakilishi wa serikali ya Burundi na…

Amatangazo

ITANGAZO NO 045 /2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 23 KIGARAMA 2015

Louis Michel na bagenzi biwe bashigikiye ikurakuranwa ry’ubutegetsi hisunzwe amoko ni nabo bahanura abaraye bafatanywe inyandiko zitagira umukono zihimiriza ubwoko guhonya ubundi mu ntara ya Karusi kuri uyu wa 21 Kigarama 2015. Kw’igenekerezo rya 17 Kigarama 2015 harabaye ibintu bitangaje, aho Umubirigi Louis Michel yafatanije ikiganiro na Marguerite Barankitse mu nyubakwa z’i Louvain -La-Neuve aho…

Tangazo

TANGAZO No 45/2015 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 23 DESEMBA 2015

Louis Michel na washirika wake wanaunga mkono kubadilishana madaraka kikabila na ndio washauri wa propaganda wa waliokamatwa na vipeperushi mkoani Karusi          21 Desemba 2015 kuwa kabila moja liangamize jingine. Mnamo tarehe 17/12/2015 yalitokea mambo ya kustaajabisha pale ambapo Mbelgji Louis Michel akishirikiana mazungumzo na Marguerite Barankitse katika nyumba za Louvain-La- neuve ambapo watu…

Press Releases

COMMUNIQUE NO 044 /2015 OF THE CNDD-FDD PARTY DATED DECEMBER 14th, 2015

The Belgian Louis Michel advises his followers the ethnical change to the power,   which means the death of democracy On November 23rd 2015, the chairperson of the organization to fight against the corruption and economic malpractice (OLUCOME) Gabriel Rufyiri has sent a correspondence referenced 049/OLUCOME/11 2015, to H.E YOWERI Kaguta Museveni with subject emergency call…

Tangazo

TANGAZO No 44 /2015 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 14 DESEMBA 2015

 » Mbelgiji Louis Michel anashauri watu wake kubadilishana madaraka ya utawala wa nchi kwa kuzingatia ukabila kwani anajua kuwa ndiyo kifo cha demokrasi ». Tarehe 23 Novemba, 2015, Mwenyekiti wa shirika binafsi la kupambana na rushwa hapa Burundi (OLUCOME) Ndugu RUFYIRI Gabriel, alimuandikia Rais wa Uganda Mheshimiwa Yoweli Kaguta Museveni barua N° 049/Olucome/2015. Kichwa cha barua…

Amatangazo

ITANGAZO NO 044 /2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 14 KIGARAMA 2015

Umubirigi Louis Michel ahanura abantu biwe guharanira ugukurakuranwa ku buyobozi bw’igihugu hisunzwe amoko kuko azi ko ari urupfu rwa demokarasi Kw’igenekerezo rya 23 Munyonyo 2015, Umukuru w’ishirahamwe rigwanya ibiturire no gusesagura amatungo y’Igihugu (OLUCOME) yarandikiye ikete Nyenicubahiro Yoweri Kaguta Museveni. Iryo kete rifise inomero 049 /Olucome/2015, rifise umutwe uhamagaza ibiganiro vy’igihutihuti vyohuza bose ngo mu ntumbero…

1 8 9 10 11 12 15