Communication

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD INYUMA Y’IMYAKA INE UHISEMWO NYENICUBAHIRO PETERO NKURUNZIZA NGO AWUSERUKIRE MU MATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU
Actualité, Amatangazo, Communiqués et Déclarations

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD INYUMA Y’IMYAKA INE UHISEMWO NYENICUBAHIRO PETERO NKURUNZIZA NGO AWUSERUKIRE MU MATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU

    Guhagararira Demokarasi niyo nzira iha uburenganzira bungana abenegihugu bose.   Kuri iri genekerezo rya 25 Ndamukiza 2019 imyaka ibaye ine aho twibuka umunezero waranga abagumyabanga mw’ikoraniro kaminuza ridasanzwe ku cicaro c’umugambwe CNDD-FDD, umunsi nkuyu mu 2015, abagumyabanga basubiye kwizera Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA ngo asubire kurongora igihugu c’Uburundi mu kiringo c’imyaka itanu.   Iyo…

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE N’UKWIBUKA IGANDAGURWA RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU CYPRIEN NTARYAMIRA
Actualité, Amatangazo, Communiqués et Déclarations, Espace Presse

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE N’UKWIBUKA IGANDAGURWA RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU CYPRIEN NTARYAMIRA

Turujuje imyaka 25, Nyenicubahiro Prezida Sipiriyano NTARYAMIRA n’abashikiranganji babiri ba Reta yari arongoye, Berenarudo Ciza na Siriyako Simbizi bagandaguriwe mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Hari ku wa 06 Ndamukiza 1994, aho indege yari ireruye Prezida w’Urwanda, Juvénal Habyarimana, n’izindi ntumwa zari zimuherekeje, ari nayo izo ndongozi z’Uburundi zarimwo, yaraswa igisasu ca missile, kigahitana abarimwo bose, aho…

DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD RELATIVE A LA COMMEMORATION DU 25ème ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DE SON EXCELLENCE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE MELCHIOR NDADAYE, HEROS NATIONAL DE LA  DEMOCRATIE.
Actions de grâce, Actualité, Communiqués et Déclarations, Déclarations, Espace Presse, Politique

DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD RELATIVE A LA COMMEMORATION DU 25ème ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DE SON EXCELLENCE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE MELCHIOR NDADAYE, HEROS NATIONAL DE LA  DEMOCRATIE.

    Seule une lutte sans merci contre l’impunité permettra d’asseoir la culture démocratique au Burundi   A l’occasion de la commémoration du 25ème anniversaire de l’assassinat de Son Excellence le Président Melchior NDADAYE et ses proches collaborateurs, froidement assassinés dans le coup d’Etat sanglant du 21 octobre 1993, le Parti CNDD-FDD se joint à tous…

Actualité, Communiqués et Déclarations, Déclarations, Espace Presse, Politique

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 25 IRANGIYE UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’ INCUNGU YA DEMOKARASI  NYENICUBAHIRO MERIKIYORO NDADAYE AGANDAGUWE

    Mu gihe Abarundi buca twibuka imyaka mirongo ibiri n’itanu irangiye Nyenicubahiro Prezida Ndadaye Merikiyori n’abo bafashanya kurongora igihugu bagandaguwe bunyamanswa n’abari bajejwe kubakingira, Umugambwe CNDD-FDD wongeye kwifatanya n’Abarundi bose bakunda igihugu cabo, mu gutera ivyatsi abo bansi b’igihugu bateguye bakongera bashira mu ngiro iryo bara ryakwegeye Uburundi mu kaga k’intambara yamaze imyaka irenga…

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 57 IHEZE INCUNGU YO KWIKUKIRA UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE AGANDAGUWE
Communiqués et Déclarations, Déclarations, Espace Presse

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 57 IHEZE INCUNGU YO KWIKUKIRA UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE AGANDAGUWE

  Imyaka 57 irarangiye Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore umuvyeyi akaba n’incungu yo kwikukira kw’Uburundi agandaguwe, umugambwe CNDD-FDD urifatanije n’Abarundi bose mu kwibuka iyo ncungu. Uyu munsi n’uwo kwibukana icubahiro gihawe iyo ntwari yitanze ikigura abarundi kugirango turonke intahe yo kwikukira, kwishira no kwizana. Yaraharaniye iteka ry’Uburundi n’ubutungane kuri bose. Ntakindi yazize atari umutima wo…

DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD A L’OCCASION DE LA COMMEMORATION DU 57EME ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DU PRINCE HEROS DE L’INDEPENDANCE
Communiqués et Déclarations, Déclarations, Espace Presse

DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD A L’OCCASION DE LA COMMEMORATION DU 57EME ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DU PRINCE HEROS DE L’INDEPENDANCE

A l’occasion de la commémoration du 57ème anniversaire de l’assassinat du Prince Louis Rwagasore, le père et héros de l’indépendance au Burundi par les ennemis du peuple et de la paix, le Parti CNDD-FDD se joint à toute la Population burundaise pour honorer sa mémoire.   En ce jour Anniversaire, l’hommage est rendu à ce…

Lancement de la mise en oeuvre d’une résolution du Comité Central du Parti
Actualité, Espace Presse, Politique

Lancement de la mise en oeuvre d’une résolution du Comité Central du Parti

Muramvya, 15 septembre 2018: La ligue des Femmes du Parti CNDD-FDD en province Muramvya a organisé ce samedi son grand rassemblement provincial en présence de la responsable du Département Ligue des Femmes au niveau national Mme Goreth Yamuremye et du Secrétaire National en charge des Ligues affiliées au Parti CNDD-FDD (La ligue des Jeunes, la Ligues…

LA PREMIÈRE DAME DU BURUNDI AVEC LA LIGUE DES FEMMES DU CNDD-FDD
Actualité, Espace Presse, Politique

LA PREMIÈRE DAME DU BURUNDI AVEC LA LIGUE DES FEMMES DU CNDD-FDD

Gitega, le 05-09-2018: Les méfaits de la familiarité, la prise de décisions pertinentes pour le pays, tels sont les sujets abordés, à l’école paramédicale de Gitega, par Son Excellence Révérende Denise Bucumi Nkurunziza pendant une séance de moralisation à l’intention des femmes leaders affiliées à  la ligue des femmes du Parti CNDD-FDD, ce Mercredi, 05 Septembre…

Le Secrétaire Général du CNDD-FDD reçu par son homologue de Guinée Equatoriale
Actualité, Diplomatie, Espace Presse, Politique

Le Secrétaire Général du CNDD-FDD reçu par son homologue de Guinée Equatoriale

Malabo, 23-08- 2018: Le Secrétaire Général du Parti CNDD-FDD dans sa visite à Malabo, la capitale de la République de Guinée équatoriale a rencontré ce jeudi son homologue Jerónimo Osa Osa Ecoro Secrétaire Général du Parti Démocratique de Guinée Equatoriale au pouvoir dans ce pays. Aucours de cette visite au siège de ce parti, Gen…

1 9 10 11 12 13 14