Buy 3 Mg Xanax Order Xanax Online From Mexico Buy Alprazolam From India Order Xanax Bars Online Cheap Xanax 1Mg Buy Online Best Place To Order Xanax Online
Umugambwe CNDD-FDD wanaguye inzego zifasha mu Buserukizi Bukuru
Actualité, Espace Presse, Politique

Umugambwe CNDD-FDD wanaguye inzego zifasha mu Buserukizi Bukuru

 

Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo yashize umukono kuri uyu wa 12 Ruheshi 2023 ku ngingo nomero 04/RL/CNDD-FDD/2023.

Iyo ngingo ijanye n’igenwa ry’abarongoye ibisata mu Bunyamabanga Ntunganyabisata bw’Umugambwe CNDD-FDD.

Ibisata n’ababirongoye nk’uko biboneka muri iyo ngingo ni aba bakurikira :

 

MU BUNYAMABANGA NTUNGANYABISATA BUJEJWE INYIGISHO Z’AKARANGAMUTIMA, GUKUNDISHA IGIHUGU N’UMUGAMBWE, KWINJIZA ABANYWANYI MU MUGAMBWE NO GUKURIKIRANA ABAGUMYABANGA BABA HANZE Y’IGIHUGU :

 

  1. Igisata kijejwe  Inyigisho z’akarangamutima, ugukundisha Igihugu n’Umugambwe, kwinjiza abanywanyi no kugenzura ibikorwa vy’ishure ry’akarangamutima EFMPI :

MASUMBUKO Dominique

  1. Igisata kiraba Ubuzima bw’Umugambwe umusi ku musi :

MAZINA  Nicolas

  1. Igisata kijejwe gukurikirana Abagumyabanga baba hanze y’igihugu :

Dr. NDAYISHIMIYE  Vianey

  1. Igisata kijejwe gukurikirana inyubako z’ Umugambwe :

Ing. SABUMUREMYI Jean Bosco

 

MU BUNYAMABANGA NTUNGANYABISATA BUJEJWE PORITIKE, INTWARO, AMATEGEKO N’IMIGENDERANIRE :

 

  1. Igisata kijejwe itunganywa rya poritike, intwaro no kwegereza    ubutegetsi abenegihugu :

NAHIMANA Valentin

  1. Igisata kijejwe imigenderanire n’iyindi migambwe, amashira-hamwe aharanira iterambere ry’abenegihugu n’amadini :

NDAYISENGA Joseph

  1. Igisata kijejwe amategeko :

BARORERAHO Onésphore

  1. Igisata kijejwe imigenderanire n’amakungu :

NZOKIRA Landry

  1. Igisata kijejwe abakozi n’akazi :

BIGIRIMANA Liboire

 

MU BUNYAMABANGA NTUNGANYABISATA BUJEJWE ITERAMBERE RY’IGIHUGU N’ABENEGIHUGU :

 

  1. Igisata kijejwe igenamigambi, ubutunzi bw’igihugu, gukurikirana ishirwa mu ngiro ry’imigabo n’imigambi y’iterambere yemerewe abenegihugu n’intwaro ibereye mu vy’ubutunzi :

Hon NTAHONTUYE Nestor

  1. Igisata kiraba iterambere rusangi no kubaho neza.:

              NDAYISHIMIYE Nicolas

  1. Igisata kiraba ivyerekeye iterambere ry’amakomine n’amashira-hamwe y’amakoperative, gutunganya ibikorwa rusangi no guharura agaciro kavyo :

               HARERIMANA Claude

  1. Igisata kijejwe uburimyi, ubworozi, gukingira ibidukikije, n’ihindagurika ry’ibihe :

                Ir GIRUKWISHAKA Yvonne

  1. Igisata kijejwe imyuga, amahinguriro, ubutare n’agataka :

                Dr NIBIZI François

 

 MU BUNYAMABANGA NTUNGANYABISATA  BUJEJWE IMIHARI IKOMOKA KU MUGAMBWE :

 

  1. Igisata kijejwe umuhari w’imbonerakure :

NSHIMIRIMANA Eric

  1. Igisata kijejwe umuhari w’Abakenyererarugamba :

                YAMUREMYE Goreth

 

MU BUNYAMABANGA NTUNGANYABISATA BUJEJWE IMIBANO, INKINO, AMARATIRO, UBUHINGA NDANGAKARANGA N’IMICO KAMA :

 

  1. Igisata kijejwe imibano, ingo n’imiryango n’irwirirana ry’abantu :

Dr NDACAYISABA Ananie

  1. Igisata kiraba ingenzi, imico kama y’igihugu, gutororokanya no kubungabunga ibibanza vy’iratiro n’ubuhinga ndangakaranga :

KARERWA NDENZAKO Jean Claude

  1. Igisata kiraba ivy’inkino :

                NIZIGIYIMANA Jolis

  1. Igisata kiraba indero n’ubumenyi mu rwaruka :

Hon MANIRABARUSHA Aline

  1. Igisata kijejwe gukurikirana no gufasha abatishoboye n’abakukuruke :

IRIVUZIMANA Spès.

 

MU BUNYAMABANGA NTUNGANYABISATA BW’UMUGAMBWE BUJEJWE GUTOROROKANYA NO GUHANAHANA AMAKURU N’IMBUGA NYAGIRO :

 

  1. Igisata kijejwe ivyo kurondera, kwandika, gutangaza, no guhinyanyura amakuru mu zindi ndimi :

NIYUBAHWE Sonia Inès

  1. Igisata kijejwe kwegeranya no gushingura amakuru n’imigenderanire n’ibinyamakuru         

               KAMWENUBUSA Louis

  1. Igisata kijejwe inyigisho, gutunganya no kwandika ku mbuga nyagiro ngurukanabumenyi :

SINDAYIHEBURA Rénovat

  1. Igisata kijejwe kubungabunga umuhora, n’ibikoresho vyose biraba kumenyesha no gutangaza amakuru :

NIYONGABO Prosper

 

 

13 juin 2023

About Author

Communication


Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *