Month: novembre, 2015

Tangazo

Salamu za rambirambi kwa nchi ya Ufaransa na watu wake.

TANGAZO N° 41/2015 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 16 NOVEMBA, 2015. Baada ya kusikia mashambulizi ya kigaidi katika nchi ya Ufaransa, chama CNDD-FDD kinatoa salamu zake za rambirambi kwa Ufaransa na watu wake. Chama kinasikitishwa na uhalifu na kulaani kwa nguvu zote ugaidi huo usiobagua nchi au sehemu yoyote ya dunia. Ni wakati ambapo nchi…

Press Releases

The CNDD-FDD conveys its condolences to France and French people

THE CNDD-FDD COMMUNIQUE N0 041/2015 DATED NOVEMBER 16TH, 2015 The CNDD-FDD party commiserates   with France and the French people following   the terrorism     that has broken out in that country. It is deeply saddened by the barbaric acts and strongly condemns such terrorists     that spare nobody,   no country and no continent as well. It is high time…

Amatangazo

Umugambwe CNDD-FDD urahojeje igihugu c’Ubufaransa n’Abenegihugu b’Ubufaransa

ITANGAZO N° 041/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 16 MUNYONYO 2015 Umugambwe CNDD-FDD urahojeje igihugu c’Ubufaransa n’Abenegihugu b’Ubufaransa inyuma y’aho wumviye ko iterabwoba ryateye muri ico gihugu. Urababajwe cane kandi uriyamirije wivuye inyuma ububisha bw’iterabwoba nk’ubwo atawe bugera umutwe. Nta gihugu na kimwe, nta mugabane n’umwe abakora iterabwoba bagera umutwe. Harageze n’imba hatararengerana ko ibihugu…

Communiqués de presse

Condoléances à la France et au Peuple Français

COMMUNIQUE N° 041 DU PARTI CNDD-FDD DU 16 NOVEMBRE 2015 Le Parti CNDD-FDD exprime ses vives condoléances à la France et au Peuple Français, après avoir appris que le terrorisme a frappé dans ce Pays. Il est profondément ému et bouleversé et condamne avec ses dernières énergies de tels actes terroristes qui n’épargnent aucun pays,…

Amatangazo

Umugambwe CNDD-FDD urashima ingingo yaraye ifashwe n’Inama Nkuru y’Umutekano y’Ishirahamwe Mpuzamakungu (CSNU)

ITANGAZO NO 040/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 13 MUNYONYO 2015  Umugambwe CNDD-FDD urashima ingingo yaraye ifashwe n’Inama Nkuru y’Umutekano y’Ishirahamwe Mpuzamakungu (CSNU).   Kw’igenekerezo rya 12 Munyonyo 2015, Inama Nkuru y’Umutekano kw’Isi yarakoranye aho yafashe ingingo ikomeye NO 2248 (2015)yo gufasha Uburundi kwogorora muri ibi bibazo vya Poritike n’umutekano burimwo inyuma y’ayandi manama menshi…

Press Releases

The CNDD-FDD Party appreciates the resolution that has just been adopted by the United Nations Security Council

 COMMUNIQUE N° 040/2015 OF THE CNDD-FDD PARTY OF NOVEMBER 13TH, 2015 On the 12th November 2015, the United Nations’ Security Council adopted a resolution No 2248 (2015) aiming at finding a solution to the Burundi’s current political and security crisis, after several other meetings and much debate which could not lead to consensus. The People…

Communiqués de presse

Le Parti CNDD-FDD apprécie la résolution qui vient d’être adoptée par le Conseil de Sécurité des Nations Unies

COMMUNIQUE N° 40 DU PARTI CNDD-FDD DU 13NOVEMBRE, 2015 En date du 12 novembre 2015, le Conseil de Sécurité des Nations Unies s’est réunie et a adopté la résolution 2248 (2015) de nature à sortir le Burundi de sa crise politique et sécuritaire après plusieures autres réunions et beaucoup de débats qui n’ont pu déboucher…

1 2