Espace Presse, Politique, Sécurité / 2 septembre 2026 Dixième édition de l’Imbonerakure Day : les jeunes Imbonerakure, engagés pour la paix, la sécurité et le développement

Dixième édition de l’Imbonerakure Day : les jeunes Imbonerakure, engagés pour la paix, la sécurité et le développement Placée sous le thème « Innover et agir : la jeunesse bouclier de la stabilité politico-sécuritaire, architecte et pilier de l’émergence du Burundi et de l’Afrique », des dizaines de milliers de Bagumyabanga et de jeunes «...

Politique / 4 mai 2026 Burunga : Abagumyabanga barashigikiye Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu.

Ku civugo kigira giti: « Guma kw’ivola, Abarundi twibandanirize kurya umunyenga w’amahoro n’iterambere », Abagumyabanga bo mu ntara ya Burunga batunganije ibirori vyo gukeza Umukuru w’Igihugu ku cizere aherutse kugirirwa mw’ikoraniro kaminuza ry’Umugambwe CNDD-FDD ryabereye i Gitega. Ivyo birori vyaranzwe n’urugendo rw’Abagumyabanga bo mu makomine yose agize iyo ntara, hamwe n’imvukira zayo, berekana ubumwe n’ishaka...

Politique / 28 avril 2026 IJAMBO NYENICUBAHIRO Evariste NDAYISHIMIYE YASHIKIRIJE KU WA 26 NDAMUKIZA 2026 INYUMA YO KWEMEZWA N’IKORANIRO KAMINUZA RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD NGO AZOSERUKIRE UWO MUGAMBWE MU MATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU YO MU 2027.  

Ni akanyamuneza ntangere mfise kuri uyu musi kuntera iteka kugira nze ndabaserukire. Binteye akanyamuneza kuko vyerekana neza ko igikorwa mwari mwanshinze ubwa mbere nakiranguye, kandi mukongera mugashima. Turashimiye rero Imana Mushoboravyose kuko twarabonye ko imigambi idufitiye atari imigambi y’amarushwa, ariko ari imigambi y’amahoro kugira ngo iduhe kazoza n’ukwizigira. Ndashimiye abagumyabanga kuko mutakijuragirika; muzi neza iciza...

Politique / 14 mars 2026 IMPANURO ZISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’UMUKURU W’INAMA NKURU Y’INARARIBONYE MU MUGAMBWE CNDD-FDD

Nyenicubahiro Mana Data Muremyi w’isi n’ijuru, Mana y’Uburundi n’Abarundi, we watuzigamye ukaduha kunezerererwa hamwe uyu musi; nuhabwe icubahiro uyu musi n’ibihe vyose.   Banyakwubahwa muri mu nama nkuru y’inararibonye z’umugambwe CNDD-FDD n’abakenyererarugamba banyu, Nyeniteka Mukuru w’Inama Nkenguzamateka y’Uburundi n’umukenyererarugamba wanyu, Banyakwubahwa muri mu buserukizi bukuru bw’Umugambwe CNDD-FDD, Nyakwubahwa Murongoye Umuhari mwiza w’Abakenyererarugamba ku rwego rw’igihugu,...

Ligue des Femmes, Politique / 13 mars 2026 Umukenyererarugamba Day(5ème edition): Une conférence scientifique de haut niveau à l’intention des Femmes leaders Bakenyererarugamba

Le parti CNDD-FDD a organisé le vendredi, 13 mars 2026, dans les enceintes du Grand Séminaire Jean Paul II de Gitega, une conférence scientifique de haut niveau à l’intention des Femmes leaders Bakenyererarugamba (=femmes membres du CNDD-FDD, ndlr). Cette conférence intervient à la veille de la célébration de la 5ème édition de la journée dédiée...

Espace Presse

Samuragwa: « AbanyaKarusi murafise impavu yo gushimira Imana »
Actualité, Economie, Espace Presse, Politique

Samuragwa: « AbanyaKarusi murafise impavu yo gushimira Imana »

  Kuri uwu wa 5 Rusama 2020, niho Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora azoba kuwa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, yiyamamarije mu ntara ya Karusi, aho imbere y’umutaga yari muri komine Nyabikere, inyuma y’umutaga naho akaja muri komine Buhiga.   Muri ivyo bibanza vyompi, Samuragwa yibukije abanya Karusi ko bafise impamvu, mbere…

Demokarasi ishingira ku mico kama, imigenzo n’akaranga vy’Uburundi bigiye gutsimbatazwa kurusha
Actualité, Espace Presse

Demokarasi ishingira ku mico kama, imigenzo n’akaranga vy’Uburundi bigiye gutsimbatazwa kurusha

  Igihugu c’Uburundi kigiye kuba rurangiranwa mu vyo gutsimbataza Demokarasi inshingiye ku mico kama, imigenzo n’akaranga vy’Uburundi. Uyu ni umwe mu migambi myinshi Umuhizi mw’iterambere Nyakwubahwa Samuragwa Varisito NDAYISHIMIYE, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora yo ku wa 20 Rusama 2020 agiye kurangurira Uburundi n’abarundi muri iyi myaka indwi iri imbere. Egome niko muri iyi myaka…

Akabirya uno mwaka, Samuragwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye mukwimikwa azorahirira imbere y’Abarundi bose ishengero rikoranye
Actualité, Diplomatie, Espace Presse, Politique

Akabirya uno mwaka, Samuragwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye mukwimikwa azorahirira imbere y’Abarundi bose ishengero rikoranye

  Muri rwa rukurikirane rw’amakoraniro y’imyiyamamazo y’Umugambwe CNDD-FDD n’umukandida wawo mu matora mu matora yimirije, ku munsi wa kane hirya no hino mu Burundi bwose, ibikorwa vyari bigizwe n’ibice bibiri: ya masengesho Umugambwe CNDD-FDD usanzwe utunganya buri munsi wa kane usozera ukwezi, hamwe rero n’ibikorwa nyezina vy’imyiyamamazo. Uwo munsi umukandida wa CNDD-FDD, Nyakwubahwa Samuragwa Jenerari…

   Le rôle attendu de la diaspora burundaise dans le développement économique du pays
Actions de grâce, Actualité, Diplomatie

  Le rôle attendu de la diaspora burundaise dans le développement économique du pays

  La consolidation du partenariat stratégique avec la Diaspora burundaise étant l’un des objectifs que s’est fixé le CNDD-FDD dans son plan de développement (2017-2031), le parti CNDD-FDD s’est donné pour objectif de renforcer la mise en œuvre de la Politique Nationale de la Diaspora. Pour ce faire, le parti CNDD-FDD va conscientiser la Diaspora…

Le Général Major Evariste Ndayishimiye mène sa campagne à Vumbi, Kirundo
Actualité, Economie, Espace Presse, Politique

Le Général Major Evariste Ndayishimiye mène sa campagne à Vumbi, Kirundo

  Dans l’après-midi de dimanche 03 mai 2020, le Secrétaire Général et Candidat du Parti CNDD-FDD aux élections présidentielles du 20 mai 2020, le Général Major Evariste Ndayishimiye s’est rendu en province de Kirundo au nord du Burundi après avoir retiré sa carte d’électeur à Musama, sa colline natale, en commune de Giheta, province de…

Imigenderanire irangwa n’umwumvikano ushimikiye ku kubahana no kwuzuzanya igiye kuba inzira ihambaye yo guha Uburundi ishusho nziza mu makungu
Actualité, Diplomatie, Espace Presse

Imigenderanire irangwa n’umwumvikano ushimikiye ku kubahana no kwuzuzanya igiye kuba inzira ihambaye yo guha Uburundi ishusho nziza mu makungu

  Mu migabo n’imigambi mikuru mikuru umugambwe CNDD-FDD utegekanya mu gutunganya igihugu muri iyi myaka indwi (2020-2027), igisata kijanye n’ugukomeza imigenderanire hagati y’Uburundi n’ibindi bihugu no hagati y’Uburundi n’amashirahamwe atandukanye nticasizwe inyuma. Umugambwe CNDD-FDD wiyemeje kuzokwitwararika cane guhesha izina Uburundi mu makungu biciye mu migenderanire ishingiye ku kwubahana, ku kwuzuzanya no ku gutsimbataza umwumvikano hagati y’Uburundi…

1 9 10 11 12 13 29