Year: 2020

Le Général Major Evariste Ndayishimiye mène sa campagne à Vumbi, Kirundo
Actualité, Economie, Espace Presse, Politique

Le Général Major Evariste Ndayishimiye mène sa campagne à Vumbi, Kirundo

  Dans l’après-midi de dimanche 03 mai 2020, le Secrétaire Général et Candidat du Parti CNDD-FDD aux élections présidentielles du 20 mai 2020, le Général Major Evariste Ndayishimiye s’est rendu en province de Kirundo au nord du Burundi après avoir retiré sa carte d’électeur à Musama, sa colline natale, en commune de Giheta, province de…

Imigenderanire irangwa n’umwumvikano ushimikiye ku kubahana no kwuzuzanya igiye kuba inzira ihambaye yo guha Uburundi ishusho nziza mu makungu
Actualité, Diplomatie, Espace Presse

Imigenderanire irangwa n’umwumvikano ushimikiye ku kubahana no kwuzuzanya igiye kuba inzira ihambaye yo guha Uburundi ishusho nziza mu makungu

  Mu migabo n’imigambi mikuru mikuru umugambwe CNDD-FDD utegekanya mu gutunganya igihugu muri iyi myaka indwi (2020-2027), igisata kijanye n’ugukomeza imigenderanire hagati y’Uburundi n’ibindi bihugu no hagati y’Uburundi n’amashirahamwe atandukanye nticasizwe inyuma. Umugambwe CNDD-FDD wiyemeje kuzokwitwararika cane guhesha izina Uburundi mu makungu biciye mu migenderanire ishingiye ku kwubahana, ku kwuzuzanya no ku gutsimbataza umwumvikano hagati y’Uburundi…

Samuragwa: Abanyamwaro barazi ico demokarasi ivuga kurusha abandi
Actualité, Espace Presse

Samuragwa: Abanyamwaro barazi ico demokarasi ivuga kurusha abandi

  Mu myiyamamazo yabereye muri komine Kayokwe, intara ya Mwaro, Nyakubahwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye, umukandida Umugambwe CNDD-FDD washize imbere ngo azitoze mu kibanza c’Umukuru w’igihugu, mu matora yo ku wa 20 Ndamukiza 2020, yamenyesheje ko abanya Mwaro bazi demokarasi kurusha abandi, bazi n’agaciro kayo, kubera ko uwatanguye guharanira demokarasi yavukiye mu ntara ya Mwaro…

Samuragwa: Abarundi twarabonye Imana
Actions de grâce, Actualité, Espace Presse

Samuragwa: Abarundi twarabonye Imana

  Mu myiyamamazo yabereye muri komine Kayokwe, kuri uwu wa 28 Ndamukiza 2020, Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora azoba kuri uwu wa 20 Ndamukiza 2020, Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi twemeza ko twabonye Imana.   Samuragwa ati: “Twaraciye mu ngorane zitandukanye, nk’amacakubiri ashingiye ku moko, intara n’amadini, turagogwa mugabo Imana yaradufashije cane…

umukandida wa CNDD-FDD yiyamamarije mu ntara ya Mwaro
Actualité

umukandida wa CNDD-FDD yiyamamarije mu ntara ya Mwaro

  Umukandida wa CNDD-FDD, azokwitoza mu kibanza c’Umukuru w’igihugu, Nyakwubahwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye yarishikiye, ku wa 28 Ndamukiza 2020, muri komine Kayokwe intara ya Mwaro. Mu migambi myinshi yashikirije yavuze ko azofasha ba ntahonikora n’abageze mu zabukuru mu gusahiriza ibigo bisanzwe bitunze abo bantu kugira babone ko Reta ibashigikiye, abo bafise amikoro make babone…

Umugambwe CNDD-FDD watanguje icese imyiyamamazo y’amatora ya 2020.
Actualité, Espace Presse, Non classé

Umugambwe CNDD-FDD watanguje icese imyiyamamazo y’amatora ya 2020.

Bugendana, 27 Ndamukiza 2020: Kuri uwu wa mbere, igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2020, niho umugambwe CNDD-FDD watanguza imyiyamamazo y’amatora yo ku wa 20 Rusama 2020, akazoba yerekeye itorwa ry’Umukuru w’igihugu, Abashingamateka n’Abajenama b’amakomine. Ivyo bikorwa vyatangurijwe muri komine Bugendana, intara ya Gitega, bikaba vyitabwe n’isinzi ry’Abagumyabanga, n’incuti za CNDD-FDD baje bava mu yindi migambwe,  …

1 2 3 4 5