URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
COMMUNIQUE DE PRESSE DU PARTI CNDD-FDD A L’OCCASION DE LA COMMEMORATION DU 58EME ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DU PRINCE HEROS DE L’INDEPENDANCE
« La lutte du Prince Louis Rwagasore n’a pas été vaine« A l’occasion de la commémoration du 58ème anniversaire de l’assassinat du Prince Louis Rwagasore, héro et martyr du recouvrement de la souveraineté nationale du Burundi par les ennemis de la paix et du peuple, le Parti CNDD-FDD se joint à toute la…
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 58 IHEZE INCUNGU YO KWIKUKIRA UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE AGANDAGUWE
‘’Ineza y’abenegihugu Rwagasore yarwaniye iriko irashika’’ Imyaka 58 irarangiye Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore incungu yasubije Uburundi intahe yo kwikukira agandaguwe, umugambwe CNDD-FDD urifatanije n’Abarundi bose mu kwibuka iyo ncungu. Uyu munsi n’uwo kwibukana icubahiro gihawe iyo ntwari yitanze ikigura abarundi kugirango dusubire ku ntahe yo kwikukira, kwishira no kwizana. Yaraharaniye iteka ry’Uburundi…



