Date: février 18th, 2016

IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA UMUNYAMABANGA MUKURU W’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KWUGURURA AMASENGESHO MPUZAMADINI
Non classé

IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA UMUNYAMABANGA MUKURU W’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KWUGURURA AMASENGESHO MPUZAMADINI

URUFATIRO :  INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE  Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…

Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
Non classé

Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.

AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo.  Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…

Tangazo

TANGAZO N° 003/2016 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 17 FEBRUARI, 2016.

Wanaokalia fikra za mauaji ya halaiki na mashimo walipozikwa watu wengi kwa pamoja, ndio hao wasiokubali Mazungumzo ya Warundi na ile Kamati ya Ukweli na Maridhiano ya Warundi (CVR) 1. Katika mwaka 1959, baada ya kushindwa kuangusha utawala wa wakati ule nchini Rwanda, kuna baadhi ya Wanyarwanda walikimbilia nchini Burundi na kupewa hifadhi ya ukimbizi….

Kirundi

ITANGAZO NO 003/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 17 RUHUHUMA 2016

Ababandanya bihambirira ku vyiyumviro vy’ihonyabwoko n’ibinogo bihambwemwo abantu benshi ni abo nyene batemera ibiganiro hagati y’Abarundi na wa Mugwi ujejwe Ukuri no Kunywanisha Abarundi (CVR) 1. Mu mwaka w’1959, bamaze kunanirwa gutembagaza ubutegetsi bwariho mu Rwanda, hari abanyarwanda bamwe baciye bisukira mu Burundi gusaba ubuhungiro. Uguhunga nta kibi kirimwo kuko ivyo bishikira abantu bose bo…