DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD QUATRE ANS APRES LA TENUE DU CONGRES QUI A DESIGNE SON EXCELLENCE PIERRE NKURUNZIZA CANDIDAT A LA PRESIDENTIELLE DE 2015
Avr25

DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD QUATRE ANS APRES LA TENUE DU CONGRES QUI A DESIGNE SON EXCELLENCE PIERRE NKURUNZIZA CANDIDAT A LA PRESIDENTIELLE DE 2015

    La défense de la démocratie est la meilleure voie pour garantir équitablement aux citoyens leurs droits     En ce 25 Avril 2019,  jour anniversaire où nous remémorons dans la gloire quatre ans, jour pour jour, la tenue réussie du  congrès extraordinaire du Parti CNDD-FDD au cours duquel Son Excellence Pierre NKURUNZIZA a été porté candidat aux élections présidentielles pour un nouveau mandat de 5 ans. A la même date...

Read More
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD INYUMA Y’IMYAKA INE UHISEMWO NYENICUBAHIRO PETERO NKURUNZIZA NGO AWUSERUKIRE MU MATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU
Avr25

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD INYUMA Y’IMYAKA INE UHISEMWO NYENICUBAHIRO PETERO NKURUNZIZA NGO AWUSERUKIRE MU MATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU

    Guhagararira Demokarasi niyo nzira iha uburenganzira bungana abenegihugu bose.   Kuri iri genekerezo rya 25 Ndamukiza 2019 imyaka ibaye ine aho twibuka umunezero waranga abagumyabanga mw’ikoraniro kaminuza ridasanzwe ku cicaro c’umugambwe CNDD-FDD, umunsi nkuyu mu 2015, abagumyabanga basubiye kwizera Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA ngo asubire kurongora igihugu c’Uburundi mu kiringo c’imyaka itanu.   Iyo ngingo...

Read More
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE N’UKWIBUKA IGANDAGURWA RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU CYPRIEN NTARYAMIRA
Avr06

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE N’UKWIBUKA IGANDAGURWA RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU CYPRIEN NTARYAMIRA

Turujuje imyaka 25, Nyenicubahiro Prezida Sipiriyano NTARYAMIRA n’abashikiranganji babiri ba Reta yari arongoye, Berenarudo Ciza na Siriyako Simbizi bagandaguriwe mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Hari ku wa 06 Ndamukiza 1994, aho indege yari ireruye Prezida w’Urwanda, Juvénal Habyarimana, n’izindi ntumwa zari zimuherekeje, ari nayo izo ndongozi z’Uburundi zarimwo, yaraswa igisasu ca missile, kigahitana abarimwo bose, aho ata n’uwo kubara...

Read More