DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD RELATIVE A LA COMMEMORATION DU 25ème ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DE SON EXCELLENCE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE MELCHIOR NDADAYE, HEROS NATIONAL DE LA  DEMOCRATIE.
Oct20

DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD RELATIVE A LA COMMEMORATION DU 25ème ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DE SON EXCELLENCE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE MELCHIOR NDADAYE, HEROS NATIONAL DE LA  DEMOCRATIE.

    Seule une lutte sans merci contre l’impunité permettra d’asseoir la culture démocratique au Burundi   A l’occasion de la commémoration du 25ème anniversaire de l’assassinat de Son Excellence le Président Melchior NDADAYE et ses proches collaborateurs, froidement assassinés dans le coup d’Etat sanglant du 21 octobre 1993, le Parti CNDD-FDD se joint à tous les Citoyens Patriotes du Burundi pour condamner ces ennemis de la...

Read More

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 25 IRANGIYE UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’ INCUNGU YA DEMOKARASI  NYENICUBAHIRO MERIKIYORO NDADAYE AGANDAGUWE

    Mu gihe Abarundi buca twibuka imyaka mirongo ibiri n’itanu irangiye Nyenicubahiro Prezida Ndadaye Merikiyori n’abo bafashanya kurongora igihugu bagandaguwe bunyamanswa n’abari bajejwe kubakingira, Umugambwe CNDD-FDD wongeye kwifatanya n’Abarundi bose bakunda igihugu cabo, mu gutera ivyatsi abo bansi b’igihugu bateguye bakongera bashira mu ngiro iryo bara ryakwegeye Uburundi mu kaga k’intambara yamaze imyaka irenga icumi....

Read More
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 57 IHEZE INCUNGU YO KWIKUKIRA UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE AGANDAGUWE
Oct13

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 57 IHEZE INCUNGU YO KWIKUKIRA UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE AGANDAGUWE

  Imyaka 57 irarangiye Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore umuvyeyi akaba n’incungu yo kwikukira kw’Uburundi agandaguwe, umugambwe CNDD-FDD urifatanije n’Abarundi bose mu kwibuka iyo ncungu. Uyu munsi n’uwo kwibukana icubahiro gihawe iyo ntwari yitanze ikigura abarundi kugirango turonke intahe yo kwikukira, kwishira no kwizana. Yaraharaniye iteka ry’Uburundi n’ubutungane kuri bose. Ntakindi yazize atari umutima wo gukunda...

Read More
DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD A L’OCCASION DE LA COMMEMORATION DU 57EME ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DU PRINCE HEROS DE L’INDEPENDANCE
Oct13

DECLARATION DU PARTI CNDD-FDD A L’OCCASION DE LA COMMEMORATION DU 57EME ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DU PRINCE HEROS DE L’INDEPENDANCE

A l’occasion de la commémoration du 57ème anniversaire de l’assassinat du Prince Louis Rwagasore, le père et héros de l’indépendance au Burundi par les ennemis du peuple et de la paix, le Parti CNDD-FDD se joint à toute la Population burundaise pour honorer sa mémoire.   En ce jour Anniversaire, l’hommage est rendu à ce vaillant Héros qui a payé de sa vie son engagement à lutter pour l’indépendance, la liberté, la grandeur du...

Read More