URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
COMMUNIQUE N° 006/2016 DU PARTI CNDD-FDD DU 26 MARS 2016
Le Parti CNDD-FDD n’entend pas s’asseoir ensemble avec les terroristes putschistes dans le dialogue Inter Burundais au regard de la résolution 2248 du Conseil de sécurité des Nations Unies du 12 Novembre 2015 1. Le Parti CNDD-FDD constate que la Communauté Internationale veut forcer le Gouvernement du Burundi à dialoguer avec les individus insurrectionnels qui…
COMMUNIQUE N° 006/2016 OF THE CNDD-FDD PARTY OF MARCH 26th, 2016
The CNDD-FDD Party will never talk with persons who are rather blatant killers than politicians in accordance with the Resolution No 2248 of the Security Council of United Nations of 12th November 2015. 1. The CNDD-FDD Party notices that the International Community wants to force the Government of Burundi to dialogue with the insurrectionary individuals…
TANGAZO No 06 /2016 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 26 Machi, 2016.
Chama CNDD-FDD hakitaketi na wauaji katika Mazungumzo kwa kuheshimu Azimio la UN, No 2248 la tarehe 12 Novemba 2015. 1. Chama CNDD-FDD kiligunduwa kuwa Jumuiya ya Kimataifa inashinikiza kuzungumza na wahalifu walioshiriki katika vurugu na kutaka kuangusha uongozi uliochaguliwa na wananchi. Chama kinaheshimu na kuzingatia Azimio No 2248 la Baraza la Usalama la Umoja wa…
ITANGAZO NO 006/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 26 NTWARANTE 2016
Umugambwe CNDD-FDD ntuzokwicarana n’abicanyi wisunze ya ngingo ya ONU ya 2248 yo ku wa 12 Munyonyo 2015 1. Umugambwe CNDD-FDD ubona ko abantu Amakungu ariko ashaka ko baganira na Reta y’Uburundi ari abicanyi, ukaba udashobora kwicarana nabo mu biganiro kanatsinda n’ingingo ya 2248 y’Inama ya ONU Ijejwe umutekano yo ku wa 12 Munyonyo 2015 itegekanya…


