URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
ITANGAZO NO 005/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 10 NTWARANTE 2016
Ni kuki abanyeporitike bamwe bamwe batanguye kwanka ko Umurwi ujejwe kurondera Ukuri no kunwyanisha Abarundi (CVR) ikora ? 1. Imigumuko yatanguye kw’igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2015 yabaye imbarutso y’ishirwa mu ngiro ry’umugambi wo gutembagaza ubutegetsi bwitorewe n’Abenegihugu kuva mu 2005. Kukaba nkako intsinzi y’Umugambwe CNDD-FDD yarababaje mu mutima Abanyeporitike bamwe bamwe bari barafashe Igihugu nk’icibare…
COMMUNIQUE N° 005/2016 DU PARTI CNDD-FDD DU 10 MARS 2016
Pour quelles raisons certaines voix s’élèvent contre la CVR? 1. L’insurrection qui a commencé depuis le 26 Avril 2015 n’a été qu’un moment d’explosion d’un long complot politique contre les institutions démocratiquement élues depuis 2005. En effet, au lendemain de la victoire électorale du Parti CNDD-FDD, des forces négatives et anti-démocratiques se sont rendues au…
TANGAZO No 05 /2016 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 10Machi, 2016.
Kwa nini baadhi ya wanasiasa wameanza kukataa kazi za Kamati ya Ukweli na Maridhiano (CVR) ? 1. Vurugu za maandamano zilizoanza tarehe 26 Aprili, 2015 zilikuwa na agenda ya siri ya kutekeleza mpango wa kuiangusha serikali iliyochaguliwa na wananchi tangu mwaka 2005. Ni hivyo, kwani ushindi wa CNDD-FDD ulikasirisha baadhi ya wanasiasa ambao walikuwa wamefanya…
COMMUNIQUE N° 005/2016 OF THE CNDD-FDD PARTY OF MARCH 10th, 2016
What are the reasons behind some voices raising against the Truth and Reconciliation Commission? 1. The insurgency that has started since April 26th, 2015 has been a moment of a political plot explosion against the democratically elected institutions since 2005. In fact, a few days after the overwhelming victory of the CNDD-FDD Party, the negative…


