URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
ITANGAZO NO 004/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 02 NTWARANTE 2016
Umunsi abahinga b’Ishirahamwe Mpuzamakungu bajejwe gutohoza ivy’agateka ka zina muntu bashika mu Burundi ku wa 29 Ruhuhuma 2016, ikinogo gihambwemwo abantu benshi carabonetse ku Mutakura, cerekanywe n’umwe mu nkorabara. 1. Umugambwe CNDD-FDD warababajwe cane no kubona hari ikinogo c’imetero 12 cahambwemwo abantu barenga mirongo itatu bishwe na bamwe bagira imigumuko muri Karitiye ya Mutakura iri…
COMMUNIQUE N° 04 /2016 DU PARTI CNDD-FDD DU 02 MARS 2016
Les experts des Nations Unies de droit de l’Homme viennent d’atterrir sur Bujumbura après avoir découvert une fosse commune le 29 Février 2016 à Mutakura l’un des quartiers contestataires comme en témoigne l’un des insurgés 1. Le Parti CNDD-FDD a été accablé par la découverte d’une fosse commune mesurant plus de douze mètres contenant plus…
TANGAZO No 04 /2016 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 02 Machi, 2016
Siku ya ujio wa wataalamu wa uchunguzi wa Haki za Binadamu Ulimwenguni nchini Burundi, tarehe 29 Februari, 2016 limeonyeshwa shimo Mutakura na mmoja wa wahalifu walimozikwa watu wengi. 1. Chama CNDD-FDD kilisikitishwa kuona shimo lenye mita 12 mlimozikwa watu zaidi ya 30, waliouawa na waliofanya maandamano haramu katika kitongoji cha Mutakura Kata ya Cibitoke, Tarafa…
COMMUNIQUE N° 004/2016 OF THE CNDD-FDD PARTY OF MARCH 2nd, 2016
On the arrival date of the United Nations Human Rights experts to Burundi by February 29th 2016, a terrorist that said to partake in the killings has shown a mass grave at Mutakura district in Bujumbura mayorship. 1. The CNDD-FDD Party has been saddened on large scale to get that nearly 30 persons have been…


