URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
Ijambo rishikirijwe abagumyabanga ku musi wo kwigina umwaka mushasha w’2016
Bagumyabanga, Bakenyererarugamba, Mbonerakure, Barundi, Barundikazi, Ncuti z’umugambwe wacu CNDD-FDD, Kuri uyu musi uri hejuru, igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2016, abagumyabanga bo mu mihingo yose y’igihugu basidukanye n’iyonka kugira biginane mu kwipfurizanya umwaka mushasha tumaze imisi twinjiyemwo wa 2016. Nk’uko bisanzwe ari umugenzo mu mugambwe CNDD-FDD, uko umwaka utashe mu ntango z’umwaka haraba umugirwa wo kwipfurizanya…
Le Vice Président hon Burikukiye a rehaussé de sa présence les festivités de Gashoho
En Province de Muyinga, commune de Gashoho, le Vice-president du Parti CNDD-FDD, Honorable Victor Burikukiye a rehaussée de sa présence les cérémonies d’échange de voeux entre les Bagumyabanga. Dans son mot d’accueil, le Président du parti CNDD-FDD en commune Gashoho a souhaité les bienvenues aux visiteurs de marque et à tous les Bagumyabanga présents dans…
Echange de vœux, année 2016, entre les Bagumyabanga
Une marche manifestation a eu lieu ce samedi 13 février 2016 dans toutes les communes du Burundi et a vu la participation de plusieurs milliers de Burundais pour dire non à l’ingérence du Rwanda dans les affaires internes du Burundi. Cette marche s’est déroulée dans tout le pays comme l’avait organisé le Ministère de l’Intérieur….



