Amatangazo

Amatangazo

IBIMENYESHEJWE N’UMUGAMBWE CNDD-FDD KU WA 3 GITUGUTU 2015

Umuryango w’ibihugu vya Buraya waraye ufatiye Abarundi bamwe ingingo zidahumuriza ziteye kubiri n’ubutungane bibonekako ari agasomborotso.  Kw’igenekerezo rya 1 Gitugutu 2015 Ishirahamwe  ry’ Ubumwe bwa Buraya ryarakoranye mu Bubiligi aho ryafatiye ingingo zidatomoretse Abarundi bane (04) b’ubwoko bumwe bw’Abahutu zibabuza kwinjira mu bihugu bigize uwo Muryango, zikanabafatira amatungo yabo boba bafise muri ivyo bihugu 28….

Amatangazo

ITANGAZO NO 036/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 15 NYAKANGA 2015

Abo bica abantu ntibazi ico bakora, ni ibinywamaraso gusa Abanyepolitike b’intagondwa baterekwa ubutegetsi bahisemwo inzira idashika. Haraheze iminsi hibonekeza ubwicanyi bukorerwa abantu bamwe bamwe na cane cane indongozi ziri mu nzego zijejwe umutekano n’abari mu migambwe itavuga rumwe na Reta. Uturorero ni nk’igandagurwa ry’uwahoze arongoye Umugambwe UPD-Zigamibanga Zedi Feruzi mu kwezi kwa Rusama, ukuraswa kw’intwazangabo…

Amatangazo

Umugambwe CNDD-FDD wagize ibiganiro ingendo mu bikorwa vyawo vya minsi yose

IBIMENYESHEJWE N’UMUGAMBWE CNDD-FDD Akahise k’Umugambwe CNDD-FDD kagiye kararangwa n’amanama  be n’amakoraniro akomakomeye ku rwego rw ‘igihugu, ivyo navyo bikaba vyari bifise intumbero yo gutsimbataza akarangamutima mu Bagumyabanga. Eka no hanze yawo haratunganijwe amakoraniro menshi, hakaba haranabaye ibiganiro vyahuje Reta ya kera n’Umuhari CNDD-FDD. Ivyo biganiro vyamaze imyaka atari mike.Ivyo biringo vyose vy’amanama mu kahise k’Umuhari CNDD-FDD…

Amatangazo

IBIMENYESHEJWE N’UMUGAMBWE CNDD-FDD KU WA 05 MUKAKARO 2015

Abenegihugu bahisemwo inzira ya demokarasi barakeneye kwubahirizwa mu gateka kabo Ibwirizwa nshingiro rya Repuburika y’Uburundi ryo ku wa 18 Ntwarante 2005, mu ngingo yaryo ya mbere, rivuga y’uko Uburundi ari Igihugu cikukiye, kitavugirwamwo, kitatwarwa n’idini kanaka, gikurikiza inzira ya demokarasi, kirangwa n’Ubumwe kandi cubahiriza amoko n’amadini atandukanye. Muri iki gihe, Abenegihugu bariko baratotezwa kubera ko…

Amatangazo

ITANGAZO N° 017/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYEREKEYE IBIHE VY’IMYIYAMAMAZO RYO KU WA 22 RUSAMA 2015

UMUGAMBWE CNDD-FDD UREMEZA KO ATACOBUZA KO AMATORA ABA KUKO UMUTEKANO URAKWIYE ITANGAZO N° 017/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYEREKEYE IBIHE VY’IMYIYAMAMAZO RYO KU WA 22 RUSAMA 2015 UMUGAMBWE CNDD-FDD UREMEZA KO ATACOBUZA KO AMATORA ABA KUKO UMUTEKANO URAKWIYE Inyuma y’aho abanyepolitike bamwe bamwe ndetse n’abarongoye amashirahamwe avuga ko ataho yegamiye mu vya politike yihaye kugumura no gukwiragiza…

1 2 3 4