Avant ces cérémonies, la délégation de la représentation légale du parti CNDD-FDD, accompagnée des élus de Karusi, a visité un vaste champ école appartenant à l’association des parlementaires de Karusi. Comme l’a indiqué le président du parti à Karusi, ce champ constitue un modèle de […]
Uguhoza umuryango w’uwahoze ari Umukuru w’Igihugu Koroneri Yohani Batisita BAGAZA 1. Umugambwe CNDD-FDD waraguye mu gahundwe wumvise inkuru y’umubabaro y’urupfu rw’uwigeze kurongora Uburundi Koroneri Yohani Batisita BAGAZA rwabereye mu bitaro vyitiriwe Umweranda Elisabeth mu gihugu c’Ububirigi mu gitondo co ku munsi wa gatatu, igenekerezo rya […]
Uguhoza umuryango wa Général de Brigade KARARUZA Athanase yagandaguwe n’abansi b’Uburundi 1. Umugambwe CNDD-FDD waraguye mu gahundwe aho wumviye inkuru y’incamugongo y’ukugandagurwa kwa Général de Brigade KARARUZA Athanase, umupfasoni wiwe n’umwe mu bamucungerera ubuzima kw’igenekerezo rya 25 Ndamukiza 2016 aho abamwatse ubuzima bamutegerereye imbere y’ishure […]
Umugambwe CNDD-FDD ntuzokwicarana n’abicanyi wisunze ya ngingo ya ONU ya 2248 yo ku wa 12 Munyonyo 2015 1. Umugambwe CNDD-FDD ubona ko abantu Amakungu ariko ashaka ko baganira na Reta y’Uburundi ari abicanyi, ukaba udashobora kwicarana nabo mu biganiro kanatsinda n’ingingo ya 2248 y’Inama ya […]
Ni kuki abanyeporitike bamwe bamwe batanguye kwanka ko Umurwi ujejwe kurondera Ukuri no kunwyanisha Abarundi (CVR) ikora ? 1. Imigumuko yatanguye kw’igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2015 yabaye imbarutso y’ishirwa mu ngiro ry’umugambi wo gutembagaza ubutegetsi bwitorewe n’Abenegihugu kuva mu 2005. Kukaba nkako intsinzi y’Umugambwe CNDD-FDD […]
Umunsi abahinga b’Ishirahamwe Mpuzamakungu bajejwe gutohoza ivy’agateka ka zina muntu bashika mu Burundi ku wa 29 Ruhuhuma 2016, ikinogo gihambwemwo abantu benshi carabonetse ku Mutakura, cerekanywe n’umwe mu nkorabara. 1. Umugambwe CNDD-FDD warababajwe cane no kubona hari ikinogo c’imetero 12 cahambwemwo abantu barenga mirongo itatu […]
Bagumyabanga, Bakenyererarugamba, Mbonerakure, Barundi, Barundikazi, Ncuti z’umugambwe wacu CNDD-FDD, Kuri uyu musi uri hejuru, igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2016, abagumyabanga bo mu mihingo yose y’igihugu basidukanye n’iyonka kugira biginane mu kwipfurizanya umwaka mushasha tumaze imisi twinjiyemwo wa 2016. Nk’uko bisanzwe ari umugenzo mu mugambwe CNDD-FDD, […]
Inama igira 26 y’Abakuru b’ibihugu b’Ubumwe bwa Afrika yarerekanye ko batahuye Abenegihugu b’Abarundi nabo bakaba bazobasubiriza mu ndumane Kuva mu kwezi kwa Rusama 2015, Uburundi bwagiye buragirirwa inama z’urutavanako z’Abakuru b’Ibihugu b’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko, iz’Abakuru b’Ibihugu vy’Ubumwe bwa Afrika mbere n’Izishirahamwe Mpuzamakungu ONU. Iki […]
ITANGUZWA RY’IBIGANIRO HAGATI Y’ABARUNDI VYABEREYE I KAMPALA MU GIHUGU C’UBUGANDE KU WA 28 KIGARAMA 2015. Kw’igenekerezo rya 28 Kigarama 2015 i Kampala mu Gihugu c’Ubuganda haratangujwe ku mugaragaro ibirori vyo kugurura icese ibiganiro hagati y’Abarundi bihagarikiwe na Nyenicubahiro YOWERI KAGUTA Museveni, Umukuru w’Igihugu c’Ubugande ; Muri […]
Louis Michel na bagenzi biwe bashigikiye ikurakuranwa ry’ubutegetsi hisunzwe amoko ni nabo bahanura abaraye bafatanywe inyandiko zitagira umukono zihimiriza ubwoko guhonya ubundi mu ntara ya Karusi kuri uyu wa 21 Kigarama 2015. Kw’igenekerezo rya 17 Kigarama 2015 harabaye ibintu bitangaje, aho Umubirigi Louis Michel yafatanije […]
