Ce mercredi 4 novembre, le Président de la République du Burundi, son épouse et les cinq membres du Gouvernement qui font partie de la Délégation de Haut Niveau en Guinée Equatoriale pour la Visite d’Etat effectuée par SE Evariste Ndayishimiye, ont effectué une descente pour […]

Sur invitation de SE Obiang Nguema Mbasogo, Président de la République de Guinée Equatoriale, le Président de la République du Burundi, SE Evariste Ndayishimiye effectue une visite d’Etat de 5 jour en Guinée Equatoriale. Il est arrivé à Malabo, Capitale de la Guinée Equatoriale, cet […]

Gukeza abatowe mu ntara ya Bujumbura no kubasaba kubera abavyeyi abo barongoye, gusubiza abagumyabanga ku kivi inyuma y’amatora, kuganira ku bibazo bijanye no kubungabunga amahoro n’umutekano, ni bimwe mu vyashikanye mu ntara ya Bujumbura, icegera c’Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, Umukenguzamateka Yozefu Ntakirutimana, aho kuri uyu […]

“Ntihagire ico mugira mubitumwe n’ishari canke n’ubwishime, ariko mwicishe bugufi umwe wese akiyumvira yuko mugenzi we amuruta” AbanyaFilipi 2:3 Iryo niryo jambo ry’urufatiro rw’inyigisho n’amasengesho asozera ukwezi kwa Gitugutu yatunganijwe nk’uko bisanzwe n’Umugambwe CNDD-FDD. Ayo masengesho yabereye ku ngoro nkuru y’i Bujumbura, yatewe iteka na […]

En ce merveilleux jour pour les amis de la paix et de la démocratie, le parti CNDD-FDD remercie avec une joie inégalée le Dieu tout Puissant qui a guidé les Burundais durant tout le processus électoral qui a abouti aux élections du 20 mai […]

Kuri uyu munsi mwiza ku bakunzi b’amahoro na demokarasi, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza ntangere ko gushimira ubwa mbere Imana Mushoboravyose yagiye imbere abarundi mu nteguro no mu matora nyezina yabaye ku wa 20 rusama 2020. Umugambwe CNDD-FDD urakeje abarundi isinzi bitavye amatora yo kw’igenekerezo […]

Chers frères Burundais, Chers membres du Parti CNDD-FDD Chers amis et sympathisants du Parti CNDD-FDD Que notre Dieu soit loué en tout temps et en tout lieu; Que tous sachent que c’est le Bon Dieu qui a toujours sécouru les Burundais. C’est ce […]

Barundi benewacu, Ncuti z’umugambwe CNDD-FDD Imana mukama wacu ni ishimagizwe ibihe vyose; Amahanga yose abimenye ko ariyo yama irokora Uburundi ibihe vyose. Ni iyo Mana dusenga yaraye iteturuye kandi Uburundi. Kw’izina ry’abagumyabanga bose bahurikiye mu mugambwe CNDD-FDD, incuti n’abagenzi b’umugambwe CNDD-FDD ; Ndi n’iteka n’akanyamuneza […]