Imigenderanire irangwa n’umwumvikano ushimikiye ku kubahana no kwuzuzanya igiye kuba inzira ihambaye yo guha Uburundi ishusho nziza mu makungu

  Mu migabo n’imigambi mikuru mikuru umugambwe CNDD-FDD utegekanya mu gutunganya igihugu muri iyi myaka indwi (2020-2027), igisata kijanye n’ugukomeza imigenderanire hagati y’Uburundi n’ibindi bihugu no hagati y’Uburundi n’amashirahamwe atandukanye nticasizwe inyuma. Umugambwe CNDD-FDD wiyemeje kuzokwitwararika cane guhesha izina Uburundi mu makungu biciye mu migenderanire ishingiye […]

Samuragwa: Abarundi twarabonye Imana

  Mu myiyamamazo yabereye muri komine Kayokwe, kuri uwu wa 28 Ndamukiza 2020, Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora azoba kuri uwu wa 20 Ndamukiza 2020, Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi twemeza ko twabonye Imana.   Samuragwa ati: “Twaraciye mu ngorane zitandukanye, nk’amacakubiri […]