DECLARATION N°005 DU PARTI CNDD-FDD PORTANT REJET D’UN RAPPORT BIAISÉ DE LA COMMISSION D’ENQUETE SUR LA SITUATION DES DROITS DE L’HOMME AU BURUNDI
Sep15

DECLARATION N°005 DU PARTI CNDD-FDD PORTANT REJET D’UN RAPPORT BIAISÉ DE LA COMMISSION D’ENQUETE SUR LA SITUATION DES DROITS DE L’HOMME AU BURUNDI

  Le parti CNDD-FDD a pris connaissance de la publication du rapport de la commission d’enquête sur le Burundi, mise en place à l’initiative de l’Union européenne à travers la Résolution 33/24 du Conseil des Droits de l’Homme ; une résolution qui n’a été votée que par 19 des 45 pays membres dudit Conseil, un détail qui est loin d’être anodin. On de cela on comprend aisément à qui la commission rend service du moment que l’Union...

Read More
ITANGAZO N°005 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD, RYIYAMIRIZA ICEGERANYO C’IBINYOMA C’UMURWI UJEJWE AMATOHOZA KU VYEREKEYE AGATEKA KA ZINAMUNTU MU BURUNDI
Sep15

ITANGAZO N°005 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD, RYIYAMIRIZA ICEGERANYO C’IBINYOMA C’UMURWI UJEJWE AMATOHOZA KU VYEREKEYE AGATEKA KA ZINAMUNTU MU BURUNDI

  Umugambwe CNDD-FDD warakiriye ibiri mu cegeranyo cashizwe ahabona n’umurwi ujejwe amatohoza ku vyerekeye agateka ka zinamuntu mu Burundi, bisabwe n’Umuryango w’ubumwe bwa Buraya ubicishije mu ngingo ya 33/24 y’Inama y’agateka ka zinamuntu. Iyo ngingo ikaba yatowe n’ibihugu 19 kuri 45 bigize iyo nama. Muri make bigasigura ko uwo mugwi washizweho ku nguvu; idahurijweko na bose. Ivyo bigaca vyumvikana shebuja ukorera uwo ari we, ko ari...

Read More