URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
COMMUNIQUE NO 009/2016 DU PARTI CNDD-FDD DU 07 MAI 2016
Le parti CNDD-FDD exprime ses condoléances les plus attristées à la famille du Colonel Jean- Baptiste BAGAZA, ancien Président de la République du Burundi. 1. Le Parti CNDD-FDD est profondément affligé par la mort de Colonel Jean-Baptiste BAGAZA, ancien Président de la République du Burundi survenue ce 04 mai 2016 dans l’hôpital Sainte Elisabeth à…
ITANGAZO NO 009/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 07 RUSAMA 2016
Uguhoza umuryango w’uwahoze ari Umukuru w’Igihugu Koroneri Yohani Batisita BAGAZA 1. Umugambwe CNDD-FDD waraguye mu gahundwe wumvise inkuru y’umubabaro y’urupfu rw’uwigeze kurongora Uburundi Koroneri Yohani Batisita BAGAZA rwabereye mu bitaro vyitiriwe Umweranda Elisabeth mu gihugu c’Ububirigi mu gitondo co ku munsi wa gatatu, igenekerezo rya 04 Rusama 2016 ; 2. Umugambwe CNDD-FDD urahojeje umuryango wa…


