URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
COMMUNIQUE NO 001/2016 DU PARTI CNDD-FDD DU 05 JANVIER 2016
DEMMARAGE DE DIALOGUE INTERBURUNDAIS, VOLET EXTERNE TENU A KAMPALA EN REPUBLIQUE UGANDAISE CE 28 DECEMBRE 2015 En date du 28 décembre 2015 à KAMPALA à Entebbe en Ouganda s’est réellement tenue une cérémonie d’ouverture du dialogue inter burundais sous la Facilitation Ougandaise parrainée par Son Excellence YOWERI KAGUTA Museveni, Président de la République Ougandaise ; Ont…
COMMUNIQUE NO 001/2016 OF THE CNDD-FDD PARTY dated January 5th ,2016
BEGINNING OF INTER BURUNDIAN DIALOGUE, EXTERNAL SECTION HELD IN KAMPALA IN UGANDA ON DECEMBER 28TH, 2015 On December 28th ,2015 in KAMPALA Ugandan capital was held a ceremony of inter Burundian dialogue official opening under the ugandan facilitation chaired by His Excellency YOWERI KAGUTA Museveni, the President of Ugandan Republic; Among others guests invited to…
ITANGAZO NO 001/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 05 NZERO 2016
ITANGUZWA RY’IBIGANIRO HAGATI Y’ABARUNDI VYABEREYE I KAMPALA MU GIHUGU C’UBUGANDE KU WA 28 KIGARAMA 2015. Kw’igenekerezo rya 28 Kigarama 2015 i Kampala mu Gihugu c’Ubuganda haratangujwe ku mugaragaro ibirori vyo kugurura icese ibiganiro hagati y’Abarundi bihagarikiwe na Nyenicubahiro YOWERI KAGUTA Museveni, Umukuru w’Igihugu c’Ubugande ; Muri ivyo birori hari hatumiwe abaserukiye Reta y’Uburundi, Umugambwe CNDD-FDD, bamwe…
TANGAZO No 001 /2016 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 05 JANUARI 2016
MWANZO WA MCHAKATO WA MAZUNGUMZO YA WARUNDI YALIYOANZA TAREHE 28 DESEMBA, 2015 ENTEBE KATIKA JAMHURI YA UGANDA. Tarehe 28 Desemba, 2015 Entebe nchini Uganda zilifanyika sherehe za uzinduzi rasmi wa mazungumzo ya warundi chini ya mpatanishi Mheshimiwa YOWERI KAGUTA Museveni Rais wa Uganda ; Walioalikwa na kuhudhuria katika uzinduzi huo ni wawakilishi wa serikali ya Burundi na…


