ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 25 IRANGIYE UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’ INCUNGU YA DEMOKARASI  NYENICUBAHIRO MERIKIYORO NDADAYE AGANDAGUWE

    Mu gihe Abarundi buca twibuka imyaka mirongo ibiri n’itanu irangiye Nyenicubahiro Prezida Ndadaye Merikiyori n’abo bafashanya kurongora igihugu bagandaguwe bunyamanswa n’abari bajejwe kubakingira, Umugambwe CNDD-FDD wongeye kwifatanya n’Abarundi bose bakunda igihugu cabo, mu gutera ivyatsi abo bansi b’igihugu bateguye bakongera bashira mu ngiro […]

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE N’UKWIBUKA IGANDAGURWA RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU CYPRIEN NTARYAMIRA

  Imyaka 24 irarangiye, Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi Cyprien NTARYAMIRA n’abashikiranganji babiri ba Reta y’Uburundi Bernard Ciza na Cyriaque Simbizi bagandaguriwe mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Kuri iryo genekerezo rya 6 Ndamukiza 1994, indege barimwo yari isanzwe irerura umukuru w’igihugu c’Urwanda Juvénal Habyarimana yatewe igisasu ca […]