Actualité

Ijambo rishikirijwe na Nyakwubahwa Gen Maj Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25 rusama 2020.
Actualité, Espace Presse, Kirundi, Politique

Ijambo rishikirijwe na Nyakwubahwa Gen Maj Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25 rusama 2020.

Barundi benewacu, Ncuti z’umugambwe CNDD-FDD Imana mukama wacu ni ishimagizwe ibihe vyose; Amahanga yose abimenye ko ariyo yama irokora Uburundi ibihe vyose. Ni iyo Mana dusenga yaraye iteturuye kandi Uburundi.   Kw’izina ry’abagumyabanga bose bahurikiye mu mugambwe CNDD-FDD, incuti n’abagenzi b’umugambwe CNDD-FDD ; Ndi n’iteka n’akanyamuneza ntangere vyo gukeza abarundi isinzi bitavye amatora yo kuri uwu…

Samuragwa: « Umushinge mw’iterambere dufise tuwukesha Nyenicubahiro Petero Nkurunziza »
Actualité, Economie, Espace Presse, Politique

Samuragwa: « Umushinge mw’iterambere dufise tuwukesha Nyenicubahiro Petero Nkurunziza »

Mu myiyamamazo y’amatora twimirije ku wa 20 Rusama 2020, yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, Samuragwa wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu, Nyakwubahwa Jenerali Majoro Varisito Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi dufise umushinge ukomeye mw’iterambere wubatswe n’Imboneza yamaho, Nyenicubahiro Petero Nkurunziza, Umukuru w’igihugu c’Uburundi. Samuragwa amenyesha ko…

Cankuzo: Nyenicubahiro Petero Nkurunziza: Amateka mashasha ya CNDD-FDD
Actualité, Espace Presse

Cankuzo: Nyenicubahiro Petero Nkurunziza: Amateka mashasha ya CNDD-FDD

  Mu myiyamamazo y’Umugambwe CNDD-FDD yo kuri uwu wa 6 Rusama 2020 mu ntara ya Cankuzo, Nyenicubahiro Petero Nkurunziza, Imboneza y’amaho y’Umugambwe CNDD-FDD, yamenyesheje abenegihugu ko igitsindo kidasanzwe cinjijwe n’uwo mugambwe.   Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu yavuze ati: “Kuva Uburundi bwabaho, ni irya mbere Umukuru w’igihugu arangije neza ikiringo ciwe, akagira uruhara mu gutora umusubirizi, agatako…

Samuragwa: « Ubushomeri mu rwaruka bayi!!!!!!! »
Actualité, Economie, Espace Presse

Samuragwa: « Ubushomeri mu rwaruka bayi!!!!!!! »

    Ikibazo c’ubushomeri mu rwaruka ruhejeje amashure kigiye gusezererwa. Iyo nkuru y’ihumure yashikirijwe na Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, umukandida wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu yo ku wa 20 Rusama 2020, imbere y’isinzi ry’Abagumyabanga mu myiyamamazo yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi kuri uwu wa 5 Rusama 2020.   Ikibazo nyamukuru…

Samuragwa:  »Kuba impunzi mu gihugu c’amavukiro bigiye gusezererwa »
Actualité, Economie, Espace Presse, Politique

Samuragwa:  »Kuba impunzi mu gihugu c’amavukiro bigiye gusezererwa »

  Mu bikorwa vy’imiyamamazo Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu yimirije ku wa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye amazemwo iminsi, aha aciye hose amenyesha ko Leta azoba arongoye izoca isezerera ikibazo co kwitwa impunzi mu gihugu c’amavukiro.   No mu bikorwa vyabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi kuri…

Abanya Karusi barakengurukira Samuragwa kubona yarabazaniye Tanganyika i Karusi
Actualité, Economie, Espace Presse, Politique

Abanya Karusi barakengurukira Samuragwa kubona yarabazaniye Tanganyika i Karusi

    Mu myiyamamazo yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, aho Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora yo kuwa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, yari yahishikiye, abanya Karusi baragaragaje umunezero udasanzwe, kubona Samuragwa yarabazaniye Tanganyika i Karusi.   Jenerari Majoro Ndayishimiye ati: “Si bimwe…

Samuragwa: « AbanyaKarusi murafise impavu yo gushimira Imana »
Actualité, Economie, Espace Presse, Politique

Samuragwa: « AbanyaKarusi murafise impavu yo gushimira Imana »

  Kuri uwu wa 5 Rusama 2020, niho Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora azoba kuwa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, yiyamamarije mu ntara ya Karusi, aho imbere y’umutaga yari muri komine Nyabikere, inyuma y’umutaga naho akaja muri komine Buhiga.   Muri ivyo bibanza vyompi, Samuragwa yibukije abanya Karusi ko bafise impamvu, mbere…

Demokarasi ishingira ku mico kama, imigenzo n’akaranga vy’Uburundi bigiye gutsimbatazwa kurusha
Actualité, Espace Presse

Demokarasi ishingira ku mico kama, imigenzo n’akaranga vy’Uburundi bigiye gutsimbatazwa kurusha

  Igihugu c’Uburundi kigiye kuba rurangiranwa mu vyo gutsimbataza Demokarasi inshingiye ku mico kama, imigenzo n’akaranga vy’Uburundi. Uyu ni umwe mu migambi myinshi Umuhizi mw’iterambere Nyakwubahwa Samuragwa Varisito NDAYISHIMIYE, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora yo ku wa 20 Rusama 2020 agiye kurangurira Uburundi n’abarundi muri iyi myaka indwi iri imbere. Egome niko muri iyi myaka…

Akabirya uno mwaka, Samuragwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye mukwimikwa azorahirira imbere y’Abarundi bose ishengero rikoranye
Actualité, Diplomatie, Espace Presse, Politique

Akabirya uno mwaka, Samuragwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye mukwimikwa azorahirira imbere y’Abarundi bose ishengero rikoranye

  Muri rwa rukurikirane rw’amakoraniro y’imyiyamamazo y’Umugambwe CNDD-FDD n’umukandida wawo mu matora mu matora yimirije, ku munsi wa kane hirya no hino mu Burundi bwose, ibikorwa vyari bigizwe n’ibice bibiri: ya masengesho Umugambwe CNDD-FDD usanzwe utunganya buri munsi wa kane usozera ukwezi, hamwe rero n’ibikorwa nyezina vy’imyiyamamazo. Uwo munsi umukandida wa CNDD-FDD, Nyakwubahwa Samuragwa Jenerari…

1 2 3 4 5 13