URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
Burunga : Abagumyabanga barashigikiye Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu.
Ku civugo kigira giti: « Guma kw’ivola, Abarundi twibandanirize kurya umunyenga w’amahoro n’iterambere », Abagumyabanga bo mu ntara ya Burunga batunganije ibirori vyo gukeza Umukuru w’Igihugu ku cizere aherutse kugirirwa mw’ikoraniro kaminuza ry’Umugambwe CNDD-FDD ryabereye i Gitega. Ivyo birori vyaranzwe n’urugendo rw’Abagumyabanga bo mu makomine yose agize iyo ntara, hamwe n’imvukira zayo, berekana ubumwe n’ishaka…

Burundi _ Solidarité: Les Bagumyabanga initient un élan de solidarité en collectant plus de 74 tonnes de vivres destinés aux réfugiés congolais de Busuma
En date du 29 Avril 2026, le parti CNDD-FDD a apporté une aide humanitaire de 75 tonnes de vivres aux réfugiés congolais du camp de Busuma, en commune Ruyigi de la province de Buhumuza. Cette assistance, collectée grâce à la contribution des Bagumyabanga du CNDD-FDD, a été distribuée lors d’une activité conduite par l’Honorable Cyriaque…
IJAMBO NYENICUBAHIRO Evariste NDAYISHIMIYE YASHIKIRIJE KU WA 26 NDAMUKIZA 2026 INYUMA YO KWEMEZWA N’IKORANIRO KAMINUZA RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD NGO AZOSERUKIRE UWO MUGAMBWE MU MATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU YO MU 2027.
Ni akanyamuneza ntangere mfise kuri uyu musi kuntera iteka kugira nze ndabaserukire. Binteye akanyamuneza kuko vyerekana neza ko igikorwa mwari mwanshinze ubwa mbere nakiranguye, kandi mukongera mugashima. Turashimiye rero Imana Mushoboravyose kuko twarabonye ko imigambi idufitiye atari imigambi y’amarushwa, ariko ari imigambi y’amahoro kugira ngo iduhe kazoza n’ukwizigira. Ndashimiye abagumyabanga kuko mutakijuragirika; muzi neza iciza…