Actualité
Umugambwe uguma utera intambwe, abarenga 1500 binjiye muri Komine Songa ya Bururi.
Kari akanyamuneza ku bagumyabanga bo muri komine ya Songa yo mu ntara ya Bururi, aho bari baramutse binjira ku mugaragaro ingoro y’umugambwe CND...



