URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
Umuntu wese adateramiye amahoro, ntacungere imbibe z’igihugu ni umumenja
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 21 Munyonyo 2020 niho hasozerwa muri komine Buhiga y’intara ya Karusi indwi yahariwe Intwari ku rugamba. Nyenicubahiro umukuru w’Igihugu Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye yasavye abarundi kutanjanjwa ku mahoro n’umutekano baronse bigoranye. Akaba yahamagariye abarundi bose, abagumyabanga hamwe n’abari mu yindi migambwe kuyateramira uhereye ku mwana kugeza ku wukuze, kuko…



