URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
DECLARATION N°005 DU PARTI CNDD-FDD PORTANT REJET D’UN RAPPORT BIAISÉ DE LA COMMISSION D’ENQUETE SUR LA SITUATION DES DROITS DE L’HOMME AU BURUNDI
Le parti CNDD-FDD a pris connaissance de la publication du rapport de la commission d’enquête sur le Burundi, mise en place à l’initiative de l’Union européenne à travers la Résolution 33/24 du Conseil des Droits de l’Homme ; une résolution qui n’a été votée que par 19 des 45 pays membres dudit Conseil, un…
ITANGAZO N°005 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD, RYIYAMIRIZA ICEGERANYO C’IBINYOMA C’UMURWI UJEJWE AMATOHOZA KU VYEREKEYE AGATEKA KA ZINAMUNTU MU BURUNDI
Umugambwe CNDD-FDD warakiriye ibiri mu cegeranyo cashizwe ahabona n’umurwi ujejwe amatohoza ku vyerekeye agateka ka zinamuntu mu Burundi, bisabwe n’Umuryango w’ubumwe bwa Buraya ubicishije mu ngingo ya 33/24 y’Inama y’agateka ka zinamuntu. Iyo ngingo ikaba yatowe n’ibihugu 19 kuri 45 bigize iyo nama. Muri make bigasigura ko uwo mugwi washizweho ku nguvu; idahurijweko na…



