URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
ITANGAZO NO 007/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 27 NDAMUKIZA 2016
Uguhoza umuryango wa Général de Brigade KARARUZA Athanase yagandaguwe n’abansi b’Uburundi 1. Umugambwe CNDD-FDD waraguye mu gahundwe aho wumviye inkuru y’incamugongo y’ukugandagurwa kwa Général de Brigade KARARUZA Athanase, umupfasoni wiwe n’umwe mu bamucungerera ubuzima kw’igenekerezo rya 25 Ndamukiza 2016 aho abamwatse ubuzima bamutegerereye imbere y’ishure rikuri ryitiriwe Mutima Mweranda muri zone Gihosha yo muri komine…
Action de grâce une année après l’annonce de la candidature du Président Pierre Nkurunziza
Dans l’après-midi du lundi 25 avril 2016, les dignitaires du parti CNDD-FDD, parlementaires, membres du gouvernement et autres hauts fonctionnaires issus du parti au pouvoir, ont répondu au rendez-vous de prière à la permanence nationale. Les cérémonies ont débuté par la prière et les hymnes comme à l’accoutumée. Dans sa prière, l’honorable Pascal Nyabenda président…


