URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
COMMUNIQUE NO 044 /2015 OF THE CNDD-FDD PARTY DATED DECEMBER 14th, 2015
The Belgian Louis Michel advises his followers the ethnical change to the power, which means the death of democracy On November 23rd 2015, the chairperson of the organization to fight against the corruption and economic malpractice (OLUCOME) Gabriel Rufyiri has sent a correspondence referenced 049/OLUCOME/11 2015, to H.E YOWERI Kaguta Museveni with subject emergency call…
TANGAZO No 44 /2015 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 14 DESEMBA 2015
» Mbelgiji Louis Michel anashauri watu wake kubadilishana madaraka ya utawala wa nchi kwa kuzingatia ukabila kwani anajua kuwa ndiyo kifo cha demokrasi ». Tarehe 23 Novemba, 2015, Mwenyekiti wa shirika binafsi la kupambana na rushwa hapa Burundi (OLUCOME) Ndugu RUFYIRI Gabriel, alimuandikia Rais wa Uganda Mheshimiwa Yoweli Kaguta Museveni barua N° 049/Olucome/2015. Kichwa cha barua…
ITANGAZO NO 044 /2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 14 KIGARAMA 2015
Umubirigi Louis Michel ahanura abantu biwe guharanira ugukurakuranwa ku buyobozi bw’igihugu hisunzwe amoko kuko azi ko ari urupfu rwa demokarasi Kw’igenekerezo rya 23 Munyonyo 2015, Umukuru w’ishirahamwe rigwanya ibiturire no gusesagura amatungo y’Igihugu (OLUCOME) yarandikiye ikete Nyenicubahiro Yoweri Kaguta Museveni. Iryo kete rifise inomero 049 /Olucome/2015, rifise umutwe uhamagaza ibiganiro vy’igihutihuti vyohuza bose ngo mu ntumbero…
COMMUNIQUE N° 044 DU PARTI CNDD-FDD DU 14 DECEMBRE 2015
Alternance ethnique au sommet du Pouvoir ou mort de la démocratie, conseil du Belge Louis Michel à ses protégés En date du 23 novembre 2015, le Président de l’Observatoire pour la lutte contre les malversations économiques OLUCOME a écrit à Son Excellence Yoweri Kaguta Museveni une lettre référencée 049/olucome/2015 dont l’objet concerne l’appel d’urgence à…


